Umukuru wa sentare y'intango ya komine Nyarusange, mu ntara ya Gitega, yaraye abogojwe kuri uyu wa 16/04/2021 inyuma y'ibirego vy'abenegihugu k'Umushikiranganji w'Ubutungane, Jeanine Nibizi,...
Hari mw-ijoro ryo kuruwu wa gatanu muri komine Rusaka mu ntara ya Mwaro aho abantu bari bavuye mu matora y-uwugiye kurongora ishirahamwe ryo kuguranana...
Imbere y-inama nshingamateka na Nkenguzamateka vy-uburundi mu gihe yariko ashikiriza ivyaranguwe mu mezi atandatu aheze,umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yamenyesheje ko ari ugucapfuza...