22.2 C
Bujumbura
Sunday, October 17, 2021

UBM News

5650 POSTS0 COMMENTS

Iryavuzwe riratashe urubibe Congo ihana n’u Burundi uciye mugatumba rugiye kwugururwa.

Leta y'Uburundi imenyesha ko urubibe Uburundi buhana n'igihugu ca Republika iharanira intwaro rusangi ya Kongo mu Gatumba ruzokwugururwa kw'igenekerezo rya 1 ukwezi kwa Ruheshi. Icegera...

Bimwe mu vyaranguwe n’ugwego gw’Umuhuza w’abarundi mu mwaka wa 2020.

Bamwe bati ugwego gw'Umuhuza ntaco rumaze ntigwari rukenewe ahubwo nyabuna amafranga rukoresha nagume mu kigega ca leta barabe ikindi boyakoresha, abandi nabo bati nyabuna...

Ya sukari abenegihugu barondera nk’umuzi w’ibuye aho inyikira ngo hatanguye kumenyekana.

Mu gisagara ca Bujumbura Hafatiwe, mu rugo ruri ku Mutakura ibarabara ry'icenda inomero 9 muri zone Cibitoke, ibigunguru birenga 100 birimwo inzoga zitemewe n'amategeko...

Ibitero vy’ama grenade birabandanya i Bujumbura mu gihe hariko habera inama ijanye n’ivy’umutekano muri Afrika..

Mu Burundi, muri iri joro nyene izi saha nyene z'ijoro ku bituro vy'imiduga yunguruza abantu n'ibintu ku mugwa mukuru w'ubutunzi Bujumbura hongeye guterwa ama...

Umuhari ugwanya leta y’u Rwanda urahakana ibivugwa ko utera ico gihugu uturutse ku butaka bw’u Burundi.

  Umuvugizi w'umuhari FLN, S-Lt Irambona Steven Tamboula, yanditse mw'itangazo rigenewe abamenyeshamakuru ko bateye mu karere ka Nyaruguru mu murenge wa Nyabimata hamwe no mu...

Umuyobozi w’indero mu gisagara ca Bujumbura aravuga uko ikibazo ca leta kiriko kiragenda.

Kubw'umuyobozi w’indero mu gisagara ca Bujumbura ngo itangwa ry’ikibazo ca Leta ku banyeshure bo mu mwaka w’icenda cariko kirakorwa ryagenze neza mu mashure yo...

Uwundi mwana yatowe mu ntara ya Rumonge ariko uwamutaye aracariko araronderwa.

Umwana w'umuhungu yoba atarashikana amezi 3 y'amavuko yaratowe ku mutumba wa Magara ya 1 muri komine Bugarama mw’ijoro ryo kuri uyu w'Imana. Abamutoye bavuga...

Abakenyezi baguye mw’isanganya ry’ubwato bagiye kurondera ubwatsi bajishamwo ibirago.

Mu ntara ya Muyinga, hari abakenyezi 6 bitavye Imana abandi 5 harimwo uwariko arasoza ubwato bararokoka muri zone Masaka komine Giteranyi intara ya Muyinga....

TOP AUTHORS

5650 POSTS0 COMMENTS

Most Read

uburundi bwahomvye imiriyaridi 54 z-amarundi m-urwubako rw- urugomero rw-umuyagankuba ku ruzi Mpanda.

Kuri uyu wa 15 Gitugutu 2021, Niho umukuru w-igihugu c-uburundi Varisito Ndayishimiye yakora urugendo muri komine Musigati  ku mbibe z-intara za Muramvya, Kayanza na...

PARCEM isaba Leta guhagurukira ikibazo c-ubukene bw-intebe mu mashule cabaye ndanse.

Ishirahamwe ryishinze gukangurira abarundi bahindure  ingendo PARCEM rivuga ko igisata c-indero kiriko kiragenda akayombekera mu Burundi aho usanga abanyeshure  ku bigo bimwe bimwe bicara...

Sahwanya FRODEBU ishikiriza ko ubwicanyi bwo 1972 ari ihonyabwoko ryakorewe abahutu.

Umugambwe Sahwanya FRODEBU wemanga ko ubwicanyi bwabaye mu Burundi mu mwaka w-1972 ari ihonyabwoko ryakorewe abarundi bo mu bwoko bw-abahutu. Vyashikirijwe na Pierre-Claver Nahimana ...

Uwuserukira OMS mu Burundi ahamagarira abarundi bose kwiteza incanco za Covid-19 ata bwoba.

Inyuma yaho incanco zo gukinga umugera wa Covid-19  zishikiye i Burundi kuri uyu wa kane, Uwuserukira OMS mu Burundi arahumuriza abarundi ko izo ncanco...