22.2 C
Bujumbura
Friday, March 5, 2021

UBM News

2953 POSTS0 COMMENTS

Mt number one – Baramujanye Remix ft. chino b

Mt number one - Baramujanye Remix ft. chino b

Big Fizzo – F (Fyee) New Official video 2019

Big Fizzo - F (Fyee) New Official video 2019

Raba hano indirimbo nshasha idasanzwe ya AB Nabil ” Runyenyeri (Official video)

Ab Nabil niwe muririmvyi w'umurundi aba muri America biboneka ko amaze gutera intambwe ikomeye mumuziki ndundi, irabire nawe hano ino ndirimbo yiwe nshasha muko...

Irabire hano ingene abahungu b’abarundi baba muri America babesha abakobwa.

Raba hano Ukuntu abarundi baba USA babayeho ubuzima buri FAKE, ingene Abakobwa babeshwa.

Ntibisanzwe : Umva hano Intambara ikomeye hagati ya Petero Nkurunziza na RWASA

Ntibisanzwe : Umva hano Intambara ikomeye hagati ya Petero Nkurunziza na RWASA

jamani by vastina nishimwe ft Rodi ( Gospel song )

jamani by vastina nishimwe ft Rodi ( Gospel song )

Menya Vyukuri ikintu Imana yipfuza ko coyobora Umwana w’Umuntu.

Umukozi w’Imana, Rev./Ev. Eustache Nibintije, Umunyeshuri wa Patriots Bible University yo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika abinyujije muri Minisiteri ye y’ivugabutumwa yise ngo...

Agathon Rwasa yavuze ibintu bidasanzwe kuri CNDD-FDD, Raba hano

Agathon Rwasa yavuze ibintu bikomeye kuri CNDD-FDD, ivyo kwitoza mu 2020 hamwe nuwo yemera cane mu Burundi

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Kenya niyo irongoye akanama k’umuryango wa EAC mugabo ibibazo ni vyinshi mur’uyo muryango

Ivyo vyashitsweko kur’uyu wagatandatu mu nama y’Abakuru b’ibihugu bigize uwo muryango w’ibihugu vya Afrika vyo mu buseruko. Aho ni mugihe igihugu c’Urwanda arico cari...

Iradiyo Bonesha FM yasubiriye gusamirana m’Uburundi

  Kuva kur’uyu wa gatanu iradiyo Bonesha FM yasubiriye kuvuga ibiganiro vyayo n’amakuru. Iyo radiyo ikorera i Bujumbura ikaba yarimaze imyaka 5 itarasubira gusamirana. Bikaba...

Regideso yahinduye umukenyuro, igire izane amakonteri y’amazi y’ama unite

K’urubuga rwayo ngurukana bumenyi rwa twitter, Regideso ivuga ko igiye kuzana amakonteri azotanga amazi hakoreshejwe ama unité. Regideso ikavuga ko izoshinga uburere bwo kuza...

Ibomborabombora mw’ishengero Methodiste Unie ry’Uburundi

Mu nzandiko ziriko zija ahabona haraboneka ibomborabombora mw idini rya Methodiste Unie mu Burundi. Nk'uko izo nzandiko zivyerekana, iyo ntambara muri Methodiste Unie iri hagati...