22.2 C
Bujumbura
Wednesday, August 5, 2020

UBM News

2953 POSTS0 COMMENTS

Breaking News : Willy Léonard Niyomwungere yapfuye ! Menya hano ukuri kurupfu rwiwe.

Amakuru ariko ava mu mihingo myinshi aremeza ko Umuririmvyi Willy Léonard Niyomwungere atakiri muzima. Aya makuru yemeza kandi ko iyi ntwari yasezeye isi mu...

Abarundi baba muri Texas ” USA ” bahimbaje umusi udasanzwe w’umuco n’akaranga.

Ni umusi udasanzwe kandi utazokwibagirana mu barundi baba muri leta zunze ubumwe za america , aho kuruno wa gatandatu uheze (jan 18, 2020 )...

Umurundikazi aba muri America yasohoye video imeze neza cane ” MSHUKURU MUNGU by EVELYNE (OFFICIAL VIDEO)

Umurundikazi azwi kwizina rya Evelyne Irankunda aba muri Leta zunze ubumwe za America yasohoye amashusho ameze neza cane y'indirimbo yiwe nshasha yise '' MSHUKURU...

BANTUBWOY – SUGUA (OFFICIAL VIDEO) ft. BIG FIZZO, ELLY’S BOY, DOUBLE JAY, KIRIKOU A-KILI

BANTUBWOY - SUGUA (OFFICIAL VIDEO) ft. BIG FIZZO, ELLY'S BOY, DOUBLE JAY, KIRIKOU A-KILI

USA: Abakobwa b’abarundi barateye imbere kurusha abahungu, Raba hano impamvu

USA: Abakobwa b'abarundi barateye imbere kurusha abahungu , ngo biteye isoni aho ngo usanga umuhungu afise imyaka ishika 28 ariko ugasanga abana n'abavyeyi.

Gn Nephew ” umuririmvyi w’umurundi abandanya akora neza m’Umuziki ndundi.

Gn Nephew '' ni umwe mu baririmvyi b'abarundi baba muri Leta zunze ubumwe za America abandanya akora neza cane m'Umuziki ndundi, UBM News turavye...

AB Nabil interview ” Ubuzima yaciyemwo | ukuntu yitwaramwo ivyabakobwa | inzoga n’itabi ngo…

Umuririmvyi w'umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America '' AB Nabil, twakoranye ikiganiro kijanye n'umuziki wiwe, ingene yatanguye, intambwe agezeho ndetse n'ubuzima bwiwe...

Raba ukuntu abarundikazi barungika amafoto ateye isoni, n’uko bicuza.

Muri kino kiganiro, Vestine Hacingingo umukobwa twaganiriye aba muri America aratubwira ukungene usanga Abakobwa bemera kurungika amafoto ateye isoni, n'ukungene bicuza mu nyuma...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Reta y’i Gitega yoba yagarukanye imigenderanire myiza na OMS Burundi?

Reta y'i Gitega yoba yagarukanye imigenderanire myiza na OMS Burundi? ico ni ikibazo bamwe bawe bariko baribaza baravye uko Ishirahamwe Mpuzamakungu ry'amagara y'abantu ruriko...

Abarundi bashika 350 bo mwikambi y’i Mahama barasavye gutahuka

Mw’ikete abo barundi bahungiye mu gihugu c’Urwanda mu mwaka wa 2015 bandikiye umukuru w’igihugu mushasha, Evariste Ndayishimiye, bamusaba ko yobakira mu gihugu cabo camavukiro....

Ihiganwa rya Miss Kugasaka ryateye impari

Inyuma yaho hahaze imyaka myinshi itatu atahiganwa ryabakobwa beza ribaye, intara ya Ngozi yaraye itunganije iryo higanwa kur’uyu wa gatandatu. Abantu benshi bakaba baraje...

Reta Nkozi: Umupolisi yirukanywe mu kazi kubera uguharika

Nk'uko bimaze imisi vyibonekza muri reta nshasha y'Uburundi irongowe na Varistio Ndayishimiye, hariko hirukanwa mu buzi abitwa ko 'bacafuza reta y'Uburundi'. Kuva havuzwe inkuru yo...
error: Content is protected !!