22.2 C
Bujumbura
Friday, March 5, 2021

Editor Olv

578 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Ingwara ya Ebola yiketswe mu ntara ya Muyinga

Umugwayi yerekena ibimenyetso vy’uwugwaye ingwara ya Ebola yaribonekeje kur’uyu wa mbere mu ntara ya Muyinga. Uwo mugwayi akaba yaravuye mu gihugu ca Tanzaniya gihana...

Abakinyi 25 bo hanze nibo bahamagawe mu rukino ruzohuza Burundi-Gabon

Urwo rukino rw’amaguru rukaba ruzoba igenekerezo rya 23 ntwarante ku kibuga c’umupira citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore. Umumenyereza w’abakinyi bakuze b’Intamba mu Rugamba, Olivier Niyungeko,...

Ihinguriro ry’umwavu w’ikizungu ryuguruwe mu Burundi

Umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi, Deo Guide Rurema, yaruguruye ihinguriro rishasha kur’uyu wa mbere, iryo hinguriro rikazohingura umwavu w’ikizungu. Iryo hinguriro rikaba riherereye mu gisagara ca...

Itahukanwa ry’abasirikare b’abarundi bari muri Somalia ryoba ryabaye rirahagarikwa

Inyuma yaho habereye inama yakoranije abashingamateka n’abakenguzamateka kur’uyu wa kane yiyamiriza itahukanwa ry’abasirikare bangana 1000 bagiye kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya, amakuru dukura...

Umukuru w’ishirahamwe Amicale des musiciens yaratewe n’abagizi ba nabi

Bruno Simbavimbere batazira Memba yarategerewe kuruyu wa gatanu n’abagizi ba nabi aho yaratashe mu rugu iwe muri zone Kinindo, quartier Kibenga, hari igihe c’isaha...

Haracasigaye uburyo butari buke kugira inyubakwa nshasha ya mairie ya Bujumbura ihere

Amafaranga ahakwa kungana 370 000 y’amadorari y’abanyamerika, hafi 1.000.000.000 y'amafaranga y'amarundi, niyo abuze kugira inyubakwa nshasha ya mairie ya Bujumbura bitiriye ‘’ Hotel de...

Ibiro bishasha vy’Umukuru w’igihugu ntibiratangura gukorerwamwo

Kw’igenekerezo rya 14 niho igihugu c’Ubuchinwa cashikiriza igihugu c’Uburundi ingoro nshasha izokoreramwo Umukuru w’Igihugu n’ivyegera vyiwe bibiri n’abahanuzi bakuru bakuru na batobato. Ariko gushika...

Urutonde rw’abaporisi bazosubirira abasivye bashasha rwashizwe ahabona

Inyuma yaho igiporisi c’Uburundi gihamagarije iyinjizwa ry’abaporisi mu bisata vyose muri gitugutu 2018, igiporisi caraye gisohoye urutonde ry’abaporisi batobato n'abakuru 34 bazokwinjira mu gipolisi...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Kenya niyo irongoye akanama k’umuryango wa EAC mugabo ibibazo ni vyinshi mur’uyo muryango

Ivyo vyashitsweko kur’uyu wagatandatu mu nama y’Abakuru b’ibihugu bigize uwo muryango w’ibihugu vya Afrika vyo mu buseruko. Aho ni mugihe igihugu c’Urwanda arico cari...

Iradiyo Bonesha FM yasubiriye gusamirana m’Uburundi

  Kuva kur’uyu wa gatanu iradiyo Bonesha FM yasubiriye kuvuga ibiganiro vyayo n’amakuru. Iyo radiyo ikorera i Bujumbura ikaba yarimaze imyaka 5 itarasubira gusamirana. Bikaba...

Regideso yahinduye umukenyuro, igire izane amakonteri y’amazi y’ama unite

K’urubuga rwayo ngurukana bumenyi rwa twitter, Regideso ivuga ko igiye kuzana amakonteri azotanga amazi hakoreshejwe ama unité. Regideso ikavuga ko izoshinga uburere bwo kuza...

Ibomborabombora mw’ishengero Methodiste Unie ry’Uburundi

Mu nzandiko ziriko zija ahabona haraboneka ibomborabombora mw idini rya Methodiste Unie mu Burundi. Nk'uko izo nzandiko zivyerekana, iyo ntambara muri Methodiste Unie iri hagati...