22.2 C
Bujumbura
Tuesday, November 24, 2020

Editor Olv

505 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Abakinyi 25 bo hanze nibo bahamagawe mu rukino ruzohuza Burundi-Gabon

Urwo rukino rw’amaguru rukaba ruzoba igenekerezo rya 23 ntwarante ku kibuga c’umupira citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore. Umumenyereza w’abakinyi bakuze b’Intamba mu Rugamba, Olivier Niyungeko,...

Ihinguriro ry’umwavu w’ikizungu ryuguruwe mu Burundi

Umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi, Deo Guide Rurema, yaruguruye ihinguriro rishasha kur’uyu wa mbere, iryo hinguriro rikazohingura umwavu w’ikizungu. Iryo hinguriro rikaba riherereye mu gisagara ca...

Itahukanwa ry’abasirikare b’abarundi bari muri Somalia ryoba ryabaye rirahagarikwa

Inyuma yaho habereye inama yakoranije abashingamateka n’abakenguzamateka kur’uyu wa kane yiyamiriza itahukanwa ry’abasirikare bangana 1000 bagiye kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya, amakuru dukura...

Umukuru w’ishirahamwe Amicale des musiciens yaratewe n’abagizi ba nabi

Bruno Simbavimbere batazira Memba yarategerewe kuruyu wa gatanu n’abagizi ba nabi aho yaratashe mu rugu iwe muri zone Kinindo, quartier Kibenga, hari igihe c’isaha...

Haracasigaye uburyo butari buke kugira inyubakwa nshasha ya mairie ya Bujumbura ihere

Amafaranga ahakwa kungana 370 000 y’amadorari y’abanyamerika, hafi 1.000.000.000 y'amafaranga y'amarundi, niyo abuze kugira inyubakwa nshasha ya mairie ya Bujumbura bitiriye ‘’ Hotel de...

Ibiro bishasha vy’Umukuru w’igihugu ntibiratangura gukorerwamwo

Kw’igenekerezo rya 14 niho igihugu c’Ubuchinwa cashikiriza igihugu c’Uburundi ingoro nshasha izokoreramwo Umukuru w’Igihugu n’ivyegera vyiwe bibiri n’abahanuzi bakuru bakuru na batobato. Ariko gushika...

Urutonde rw’abaporisi bazosubirira abasivye bashasha rwashizwe ahabona

Inyuma yaho igiporisi c’Uburundi gihamagarije iyinjizwa ry’abaporisi mu bisata vyose muri gitugutu 2018, igiporisi caraye gisohoye urutonde ry’abaporisi batobato n'abakuru 34 bazokwinjira mu gipolisi...

Inama nshingamateka na nkenguzamateka ziriyamiriza ingingo yo gutahukana abasirikare 1000 b’abarundi bari muri Somaliya

Mw’ikoraniriro ryahuje abashingamateka n’abakenguzamateka ryabaye kur’uyu wa kane, ikibazo kimwe nico cari kiraje ishinga abo batowe ngo baserukira abarundi murizo nzego zibiri. Ico kibazo...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Kayanza:’Yaciriwe gufungwa amezi atatu kubera gufungura imbwa yiwe’

Umuntu umwe wo mu ntara ya Kayanza yaciriwe gufungwa ikriingo c'amezi atatu kubera kuba 'yishe imbwa yiwe kugira ayifungure'. Ivyo bikaba bishirwa ahabona na Parke...

Abanyuruza itunga ry’igihugu barageramiwe muri Leta nkozi

Inyuma yihamagarwa mu butungane rya Jean Marie Rurimirije, yarumuhanuzi mu biro vy’umukuru w’igihugu, abandi batwara amashirahamwe ya Leta barabandanya kurengutswa babazwa iyamatungo yayo mashirahamwe...

Amaradiyo yaturiwe avugira hanze yarasabwe guhindura ingene akora

Ivyo nibishikirizwa na benshi mu makuru ava mubakorera ayo maradiyo akorera mu karere ko mu biyaga binini. Ayo maradiyo akaba akoreramwo abamenyeshamakuru bahunze Uburundi...

Domitien Ndayizeye yagenwe kurongora abacungera amatora muri Burkina Faso

Inyuma yaho uwahoze arongoye Uburundi Prezida Sylvestre Ntibantunganya agiye gucungera amatora mu gihugu ca Tanzaniya, uwahoze arongoye Uburundi nawe Prezida Domitien Ndayizeye yagenywe kuja...