22.2 C
Bujumbura
Thursday, June 4, 2020

Editor

387 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Abafungwa bashika 3000 bagiye kurekurwa

Mu nyuma yaho Umukuru w’igihugu, Petero Nkurunziza, amenyesheje ko abanyororo bamwe bamwe bagiye gutezurirwa kw’igenekerezo rya mbere nzero 2019, umushikiranganji w’ubutungane, Leontine Kanyana amenyesha...

Ingwara ya Ebola yiketswe mu ntara ya Muyinga

Umugwayi yerekena ibimenyetso vy’uwugwaye ingwara ya Ebola yaribonekeje kur’uyu wa mbere mu ntara ya Muyinga. Uwo mugwayi akaba yaravuye mu gihugu ca Tanzaniya gihana...

Abakinyi 25 bo hanze nibo bahamagawe mu rukino ruzohuza Burundi-Gabon

Urwo rukino rw’amaguru rukaba ruzoba igenekerezo rya 23 ntwarante ku kibuga c’umupira citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore. Umumenyereza w’abakinyi bakuze b’Intamba mu Rugamba, Olivier Niyungeko,...

Ihinguriro ry’umwavu w’ikizungu ryuguruwe mu Burundi

Umushikiranganji w’uburimyi n’ubworozi, Deo Guide Rurema, yaruguruye ihinguriro rishasha kur’uyu wa mbere, iryo hinguriro rikazohingura umwavu w’ikizungu. Iryo hinguriro rikaba riherereye mu gisagara ca...

Itahukanwa ry’abasirikare b’abarundi bari muri Somalia ryoba ryabaye rirahagarikwa

Inyuma yaho habereye inama yakoranije abashingamateka n’abakenguzamateka kur’uyu wa kane yiyamiriza itahukanwa ry’abasirikare bangana 1000 bagiye kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya, amakuru dukura...

Umukuru w’ishirahamwe Amicale des musiciens yaratewe n’abagizi ba nabi

Bruno Simbavimbere batazira Memba yarategerewe kuruyu wa gatanu n’abagizi ba nabi aho yaratashe mu rugu iwe muri zone Kinindo, quartier Kibenga, hari igihe c’isaha...

Haracasigaye uburyo butari buke kugira inyubakwa nshasha ya mairie ya Bujumbura ihere

Amafaranga ahakwa kungana 370 000 y’amadorari y’abanyamerika, hafi 1.000.000.000 y'amafaranga y'amarundi, niyo abuze kugira inyubakwa nshasha ya mairie ya Bujumbura bitiriye ‘’ Hotel de...

Ibiro bishasha vy’Umukuru w’igihugu ntibiratangura gukorerwamwo

Kw’igenekerezo rya 14 niho igihugu c’Ubuchinwa cashikiriza igihugu c’Uburundi ingoro nshasha izokoreramwo Umukuru w’Igihugu n’ivyegera vyiwe bibiri n’abahanuzi bakuru bakuru na batobato. Ariko gushika...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Ibihuha ni vyinshi ku bagwaye ingwara ya coronavirus m’Uburundi

Kumbuga ngurukana bumenyi hariko haraca amakuru avuga ko m’Uburundi abagwayi bane boba bitavye Imana mu bitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge. Bikavugwa kandi ko n’umukuru...

OLUCOME ibona ko leta ‘iriko ikwega amaguru’ mu kurwanya COVID-19

Ishirahamwe ryitaho kurwanya ibiturire hamwe no gusesagura ubutunzi bw'igihugu mu Burundi, OLUCOME, ribona ko leta y'Uburundi iriko ikwega amaguru mu kurwanya ikiza ca Coronavirus. Mw'itangazo...

Inama ya ONU ku Burundi yitezwe ku musi wa kane

Inama ya ONU ku Burundi iritezwe ejo ku musi wa kane aho hazokwihwezwa ibitari bike bijanye na cane cane amatora aheruka kuba mu Burundi. Inama...

Abapolisi ba Leta zunze ubumwe bw’Amerika barasaba imbabazi abenegihugu

Uko gusaba imbabazi kw’ibonekeje kur’uyu wa gatandatu aho abapolisi bo muri Let aya Miami bafukama imbere y’abanyagihugu bariko baragira imyiyerekano biyamiriza urupfu rwababaje abantu...