15.4 C
Bujumbura
Friday, February 28, 2020

Editor

319 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Hasigaye amasaha make hakamenyekana umukandida mushasha w’umugambwe CNDD-FDD

Aho ni mugihe igikorane c’amasengesho ahuza amadini yose yatunganijwe n’umugambwe CNDD-FDD uri k’ubutegesti kuva mu mwaka wa 2005 caheze kur’uyu wa gatandatu inyuma yuko...

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu ca Tanzaniya yarakombowe

Président John Magufuri akaba yafashe iyo ngingo kur’uyu wa kane aho yagiriza uwo mushikiranganji yitwa Kangi Lugola kuba yarakoze umugambi wo kubaka amazu ataruhusha...

Inama nshikiranganji yemeje itegeko rigena Président Petero Nkurunziza nk’Imboneza ikunda Igihugu

Iyo nama nshikiranganji ikaba yabaye kur’uyu wa gatatu mu ntara ya Gitega yagizwe umugwa mukuru wa politike. Iryo tegeko rikaba ryavuye mu nama nshingamateka...

Buyoya Pierre yasubiriye kwandikira Président Museveni

Uwahoze arongoye Uburundi Pierre Buyoya yasubiriye kwandikira Président w’igihugu ca Ouganda, Yoweri Museveni kw’itariki 16 nzero 2020. Ubwambere akaba yari yamwandikiye itariki 3 ntwarante...

Umuvunjayi agira gatatu yishwe mu gisagara ca Bujumbura

Uwo muvunjayi akaba yari umukenyezi yitwa Nikiza Mariam batazira Nyota. Akaba yishwe kur’uyu wagatandatu igihe c’isaha zitatu zijoro ategerewe kurugo iwe ruri muri zone...

Umuyobozi wa radio Isanganiro avuga ko Blaise Pascal Kararumiye yakoze neza inkuru

Ivyo yabivuze inyuma yifatwa ry’uwo mumenyeshamakuru w’i radiyo Isanganiro Blaise Pascal Kararumiye akorera mu ntara ya Karusi, akaba yafashwe kur’uyu wakane uweze itariki 16...

Ibobombora bombora mu mugambwe CDP

Abanywani bakuru bakuru bashika indwi baratanze imihoho mu mugambwe CDP. Aho ni mu gihe abanywanyi b’uyo muganbwe CDP bari bamaze igihe gito batashe mbere...

Umunyeshure yibungenze ntiyarakwiye kuvurwa ku buntu atavuze se w’umwana

Ivyo ni vyavuzwe na Reverien Ndikuriyo, atwara Inama nkenguzamateka mu gihe yariko agendera ikomine ya Makamba kur’uyu wa gatatu. Umukuru w’Inama nshingamateka akavuga ko...

TOP AUTHORS

2952 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Umukenyezi wa Evariste Ndayishimiye yiyitirira ‘igitangaro kiva ku Mana’

Amafoto y'Umukenyezi wa Evariste Ndayishimiye, Angeline Ndayubaha, yiyitirira 'igitangaro kiva ku mana' ariko atuma abatari bake bagira bayavuzeko ku rubuga ngurukana bumenyi rwa Twitter. Ku...

WhatsApp ngo ‘yaratwaye abaganga’ mu bitaro Roi Khaled

Mw'itangazo ryasohowe ejo n'ubuyobozi bw'ibitaro Roi Khaled vyo mu Kamenge mu gisagara ca Bujumbura, hamenyeshejwe abo bose bakorera muri ivyo bitaro kwirinda 'whatsApp' nk'ikiza...

13 barishwe hamwe n’umupolisi muri Bujumbura Rural

Abantu 13 na batatu 'bibisha inkoho' hamwe n'umupolisi nibo bishwe ku musi wa mungu mu ntara ya Bujumbura benshi bita Bujumbura rural. Amakuru dukesha AFP...

Urunani Kira-Burundi narwo rwavutse ku bw’amatora yo muri Rusama 2020

Urunani rushasha rw'abatavuga rumwe na leta y'Uburundi, Kira-Burundi, rwavutse kugira ruzoje mu matora y'umukuru w'igihugu yitezwe kuba muri uyu mwaka wa 2020 muri Rusama...