22.2 C
Bujumbura
Wednesday, January 20, 2021

Editor Olv

549 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Imisi yo gupima coronavirus igiye kuba 7 kubinjira m’Uburundi

Izo n’ingingo zafashwe n’umurwi ujejwe gukinga ingwara ya coronavirus m’Uburundi. Ukaba urongowe n’umushikiranganji Gervais Ndirakobuca batazira Ndakugarika icegera ciwe akaba ari umushikiranganji Thaddée Ndikumana. Mwitanganzo...

Imigumuko muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika

Kur’uyu wa gatatu niho inama nshingamateka yari gushikiriza ivyavuye mu matora y’umukuru w’igihugu wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika yabaye mu mpera z’umwaka uheze...

Prezida Ndayishimiye asaba imigambwe kwitwa abahanuzi canke abakebura Reta

Prezida Evariste Ndayishimiye yarakoranije kur’uyu wa gatatu imigambwe yemewe n’amategeko m’Uburundi. Mw’ijambo ryiwe yashikirije yamenyesheje abarongoye imigambwe ko umugambwe udatsinze utaba upfuye. Ati :...

Ibanki BIJE yatanguye kugurura amacompte y’abanywanyi bayo

Kur’uyu wa kabiri itariki 6 nzero 2021 mu gisagara ca Gitega, ibanki BIJE yishinze gutezimbere imigambi y’urwaruka yatanguye kwakira abanywanyi bashaka kubika amahera yabo...

Ingwara ya covid-19 yasubiriye kuvugwa cane i Bujumbura

Abantu bashika 40 nibo basanze bagwaye umugera wa covid-21 utera ingwara ya coronavirus mu Burundi. Ivyo bikaba vyavuzwe na muganga Thaddée Ndikumana, umushikiranganji w’amagara...

Kenny Claude Nduwimana yoba afungiwe mw’iperereza

Uwo mu menyeshamakuru azwi kuba atanga amakuru n’ubutumwa bucanishamwo akaba avuga ko atwara ikinyamakuru citwa Gahinyuza yoba ariko aratohozwako inkuru mu biro vy’iperereza. Kenny...

Imitego y’abitwaje inkoho yagwiriye kw’ibarabara rya RN7

Umutego w’abitwaje ibigwanisho warabaye mw’ijoro ryo 30 rishira irya 31 kigarama 2020 kw’ibarabara ryiswe RN7. Aho akaba ari muri komine Mugongo-Manga, umusozi Majombe. Ico...

Prezida Ndayishimiye avuga ko hagiye gushingwa ishure i Karusi mu kurwanya ubushomeri

Mw’ijambo yaraye ashikirije Abarundi, Umukuru w’igihugu Prezida Ndayishimiye yarashikirije ko hari imigambi myinshi iriko irakorwa kugira abantu bose cane cane urwaruka baronke ico bakora...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Banki Nkuru y’igihugu iragabisha abiba abanyagihugu bakoresheje ivyo bita ‘IKIRIMBA’

Ibanki Nkuru ya Republika y'Uburundi yasohoye itangazo aho yiyamiriza ibikorwa vyiraye muri iyi misi mu Burundi vyo kwiba abanyagihugu. Banki Nkuru ikavuga akarorero k'abegeranya amahera...

Regideso nshasha muri reta nkozi: Ni iki Abarundi bokwitega?

Inyuma yo gukombora umukuru wa Regideso, umukuru w' igihugu yaragenye uwundi mu DG mushasha wa Regideso.Uwo mu DG mushasha akaba ari umusoda...

Umupfakazi Christa Kaneza yaraye mugasho ijoro ryambere, dosiye irimwo ibinyegezwa

Umupfakazi wa Thierry Kubwimana, Christa Kaneza, araye mu gasho yagirizwa ko yakoranye n'abamwiciye umugabo. Abiwe bose baguye mu gahundwe mu gihe igipolisi co kidashobora...

Umuji wa Kigali imirimo yasubiye guhagarara, urucanco ruzoshika kur’uyu wa gatatu

Ivyi bikaba vyamenyeshejwe n’umushikiranganji wa mbere wico gihugu kibanyi c’Uburundi. Ivyo bibaye mu gihe ikiza ca coronavirus gisubiye kugwirirana murico gisagara. Amashure, amasengero, ububare...