Umupfakazi wa Thierry Kubwimana, Christa Kaneza, araye mu gasho yagirizwa ko yakoranye n'abamwiciye umugabo. Abiwe bose baguye mu gahundwe mu gihe igipolisi co kidashobora...
Umwigeme Anne Niyera yatahukanye ikibanza ca mbere mw'ihiganwa ry'ubwenge n'ubwiza rya Miss Ngoma 2020 mu ntara ya Gitega yoba atararonswa imodoka yemerewe yo mu...
Kur’uyu wa gatatu, Perezida Trump yahagaritswe no ku rubuga rwa YouTube. Aho n’inyuma y'uko ahagaritswe ku mbuga Facebook, Instagram, Snapchat na Twitter. Uwo umukuru...
Ibanki Nkuru ya Republika y'Uburundi yasohoye itangazo aho yiyamiriza ibikorwa vyiraye muri iyi misi mu Burundi vyo kwiba abanyagihugu.
Banki Nkuru ikavuga akarorero k'abegeranya amahera...
Umupfakazi wa Thierry Kubwimana, Christa Kaneza, araye mu gasho yagirizwa ko yakoranye n'abamwiciye umugabo. Abiwe bose baguye mu gahundwe mu gihe igipolisi co kidashobora...