22.2 C
Bujumbura
Thursday, May 6, 2021

Editor Burundi

85 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Ubukene bw’isukari ya SOSUMO buriko buribonekeza mu gihugu bwoba butegwa n’iki?

Haraheze indwi zirenga zibiri hibonekeza ubukene bw’isukari ku mugwa mukuru w’ubutunzi Bujumbura no mu bindi bisagara bikuru bikuru, abanyagihugu bakibaza ico bivako bakakiyoberwa. Ku mugwa...

Tanzaniya nayo yahagaritse ingendo zo mu Buhindi kumvo zo kugwanya Covid 19.

Tanzaniya yahagaritse indege zija n'iziva mu Buhindi mu gihe ibitigiri vy'abandura Covid-19 bitera vyiyongera cane muri ico gihugu. Iyo nkuru yatangajwe n’ubushikiranganji bujejwe amagara...

Amahirwe yo gukugwako ibihano ku Burundi ashobora kuboneka uwu mwaka utarahera.

Uburundi bwizeye ko ibihano bwafatiwe n'ishirahamwe ry'ibihugu vya Bulaya (E.U) mu mwaka wa 2016 bizoba vyakuweho imbere y'uko uwu mwaka wa 2021 urangira. Mw'itangazo rijanye...

Ibihugu 20 n’Uburundi burimwo ntibizosubira kwakira inkino mpuzamakungu.

Ishirahamwe ry' umupira w'amaguru  muri Afrika (Confederation of African Football CAF) yafashe ingingo ntabanduka yasohotse kuri uyu wa 2 Rusama 2021 ko ibihugu 20 bitazosubira...

Itegeko rishasha rigiye gukingira abubatsi n’abafasha babo.

Itegeko rishasha rigenga amashirahamwe y’ubwishingizi canke yo gutegekaniriza impanuka (assurance) mu Burundi rivuga ko abubakisha amazu bategerezwa kubanza kwandikisha abakozi babo (maçons et aide-maçons)...

Icegeranyo catanzwe n’umurwi w’igihugu ukurikirana ivy’ikiza ca corona virus mu Burundi.

Abarundi bipimisha  ku bwinshi ko boba bagendana imigera wa corona virus, kandi abakira baba benshi. Ariko abize canke abandandaza bakuru bakuru bipimisha ni bake....

Inyuma y’amezi arenga 2 imipaka yugaye hagati y’u Burundi na Congo igiye gusubira kwugururwa vuba.

Hari haheze igihe kitari gito uburundi na Congo vyugaye imipaka kumvo zo kugwanya irandagata ry'ikiza ca covid19. Nta ruja n'uruza vyarangwa kuruwo mupaka mugihe...

Ingabo 16 z’Igihugu ca Niger Biciwe Hafi y’Umupaka wa Mali.

Muri Niger, abasilikare 16 b'igihugu biciwe  hafi y'umupaka wa Mali.Mw'itangazo yasohoye, leta ya Niger ivuga ko abakoze ubwo bubisha bari ku mapikipiki arenga ijana....

TOP AUTHORS

5514 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Ubukene bw’isukari ya SOSUMO buriko buribonekeza mu gihugu bwoba butegwa n’iki?

Haraheze indwi zirenga zibiri hibonekeza ubukene bw’isukari ku mugwa mukuru w’ubutunzi Bujumbura no mu bindi bisagara bikuru bikuru, abanyagihugu bakibaza ico bivako bakakiyoberwa. Ku mugwa...

Tanzaniya nayo yahagaritse ingendo zo mu Buhindi kumvo zo kugwanya Covid 19.

Tanzaniya yahagaritse indege zija n'iziva mu Buhindi mu gihe ibitigiri vy'abandura Covid-19 bitera vyiyongera cane muri ico gihugu. Iyo nkuru yatangajwe n’ubushikiranganji bujejwe amagara...

Mali= Umugore w-imyaka 25 yavyaye abana icenda, inkuru yabaye nkiy-imbonekarimwe muri Afrika.

Halima Cisse , ni umugore w-imyaka 25 aturuka mu gihugu ca Mali yaraye avyaye abana icenda   mu bitaro vyo mu gihugu ca Maroc .Abo...

Perezida Evariste Ndayishimiye yashikanywe k-ubutegetsi n-amatora y-ubusuma bukabije, vyandikwa n-ikinyamakuru La Libre Afrique.

Inyuma hafi y-ikiringo c-umwaka  habaye amatora y-umukuru w-igihugu mu Burundi, Ikinyamakuru La Libre Afrique co mu gihugu c-ububirigi  kimenyesha ko habaye ubusuma bukabije butagira...