22.2 C
Bujumbura
Sunday, April 18, 2021

niyo '' Kenya

53 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Kenya= Ihinguriro rikora inkoho ryaraye rivutse.

Mu ntara ya Kiambu mu karere ka Ruiru,niho hatuye ihinguriro rikora inkoho ntoya zikunzwe gukoreshwa k-urugamba. Kuru wa 8 Ndamukiza 2021 Perezida wa Kenya Uhuru...

Kenya= Ubucamanza bwabaye burahagarika ingingo ya Leta yo kwugara amakambi y-impunzi ya Kakuma na Dadaab.

Inyuma yaho Leta ya Kenya itangiye ikiringo ntarengwa c-imisi 14 kw-ishirahamwe riraba impunzi HCR ko yoba yakuyeho impunzi ziri mu makambi abiri y-i Kakuma...

Abajejwe ubutunzi bw-amakomine ˮcomptables‟ yose agize igihugu bafuswe mu Kazi.

Umushikiranganji w-iterambere rusangi yafuse mukazi kuruwu wa gatanu abajejwe ubutunzi bw-amakomine abo bita aba ˮcomptables‟ abagiriza  ko batumye itozwa ry-amatagisi ya komine rigenda nabi...

Hatunganijwe isekeza ryo gupima abanyeshure bose mu mashure y-indaro mugukinga irandagata rya Covid19.

Nkuko vyaraye bisabwe n-umukuru w-igihugu c-uburundi Evariste  Ndayishimiye, umushikiranganji w-amagara y-abantu muganga Thadee Ndikumana amenyesha ko abanyeshure bo mu ndaro bagera ku bihumbi 30.000...

Kenya-Covid19 =Inyuma y-igihugu c-ubwongereza, Amerika nayo yafashe ingingo yo kureka ingendo.

Bitumwe  n-uko ubu igihugu ca Kenya kiriko kigira abandura benshi umugera wa Covid19 k-urugero rwa kane, urugero ruba ruteye ubwoba, Ikigo co kurwanya ingwara...

France₌ Itegeko rijanye n-ugusonga umurwayi aremvye ˮEuthanasie‟ ririko ririrwa rice ryemezwa.

Kuruwu wa kane igenekerezo rya 8 Ndamukiza, niho Inama nshingamateka iza gukorana kugira yige itegeko ryo gusonga indembe canke abantu baba bafise ubumuga butazokira. Inyuma...

Ikiyaga Tanganyika kihaye cinjira mu gisagara ca Bujumbura

Kuva k-umuhingamo wo kuruwu w-7 Ndamukiza , amazi y-ikiyaga Tanganyika yaraduze cane ashwara mu kibanza abakora ubugeni bahora binezerezamwo bita safi Beach, inyubakwa z-ikigo...

Umusore w-umuyabaga w-umurundi yahagaritswe n-igipolisi ca Canada ku vyaha vy-ubwicanyi.

Igipolisi co mu gihugu ca Canada mu ntara ya Ontario mu muji wa Toronto  kimenyesha ko cahagaritse umusore w-umurundi w-imyaka 20 yitwa Lee- Davis...

TOP AUTHORS

5514 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Hagiye kubogozwa uwo wese adatunganiriza abene gihugu uko bikwiriye,bivugwa n’umushikiranganji w’ubutungane Jeanine Nibizi.

Umukuru wa sentare y'intango ya komine  Nyarusange, mu ntara ya Gitega, yaraye abogojwe kuri uyu wa 16/04/2021 inyuma y'ibirego vy'abenegihugu k'Umushikiranganji w'Ubutungane, Jeanine Nibizi,...

Ibibazo mu masomero ya leta biracibonekeza ku bwinshi atagikozwe indero n’ubumenyi birasubira inyuma.

Mu ntara ya Cankuzo  amashure amwe amwe yo muri komine Mishiha arafise ingorane zo kubura intebe bivanye n’ibitigiri binini vy’abanyeshure. Hamwe biga bicaye hasi. Musitanteri...

Mwaro= Igitero c-abantu bitwaje ibirwanisho cahitanye abantu bababa indwi hamwe n-abakomeretse muri komine Rusaka.

Hari mw-ijoro ryo kuruwu wa gatanu muri komine Rusaka mu ntara ya Mwaro aho abantu bari bavuye mu matora y-uwugiye kurongora ishirahamwe ryo kuguranana...

Umushikiranganji wa mbere Alain Bunyoni arahakana ko atarudandazwa rw-abantu rubaho mu Burundi.

Imbere y-inama nshingamateka na Nkenguzamateka vy-uburundi mu gihe yariko ashikiriza ivyaranguwe mu mezi atandatu aheze,umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yamenyesheje ko ari ugucapfuza...