22.2 C
Bujumbura
Friday, June 25, 2021

Niyonsaba Anny Josette

184 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Umushikirizamanza yagirizwa kukubagura umwigeme amuhora ko yase ko baryamana, iterabwoba k-umuryango w-uwo mukobwa.

Muri komine Nyanza –lac mu ntara ya Makamba havurwa umushikirizamanza wa republika w-intara ya Bururi yakubise umwana w-umukobwa w-imyaka 17 gushika aho ata ubwenge...

Umurimyi w-ibigori agiye kubukura mu cibo.

Leta y-uburundi ibicishije k-umushikiranganji w-uburimyi n-ubworozi imenyesha ko igiye kugurira abarimyi  umwimbu w-ibigori bazoba bimbuye  ku giciro c-amafaranga  680 Fbu ku kilo c-intete aho...

Igitero c-abantu bitwaje ibirwanisho cahitanye abantu babiri mu ntara ya Mwaro

Hari mw-ijoro ryo kuruwu w-Imana muma satatu zirenga aho humvikana urwamo rw-amasase k-urugo rw-umunyamabanga w-umugambwe CNDD-FDD muri komine Rusaka aho haciye hagandagurwa umwana n-umukozi...

PARCEM, rimwe mu mashirahamwe adaharanira inyungu za politike yari yarahagaritswe ryuguruwe.

Inyuma y-umwaka umwe n-amezi cumi ribujijwe gukorera k-ubutaka bw-uburundi, ishirahamwe rihamagarira abarundi guhindura ingendo PARCEM  ryemerewe gusubira gukorera k-umugaragaro. Kubw-iyo ngingo y-umushikiranganji w-intwaro yo hagati...

Perezida wa Tanzaniya Samia Suluhu Hassan araterwa akamo n-amwe mu mashirahamwe y-abarundi ngo akingire impunzi zahungiyeyo.

Mw-ikete ishirahamwe  CBDH VICAR riharanira agateka k-impunzi  z-abarundi zahungiye mu bihugu vy-akarere ryandikiye umukuru w-igihugu mushasha wa Tanzaniya ryamumenyesheje ko yogira ibishoboka vyose akagarukira...

Abantu barenga 200 nibo bishwe hamwe n-ababuzwe irengero mu mwaka w-2020, vyatangajwe na Leta zunz-ubumwe za Amerika.

Iraporo y-impapuro 43 yasohowe n-ibiro bishinzwe demokrasi, uburenganzira bwa muntu n-akazi mu bushikiranganji bw-imigenderanire ya Amerika idondagura igisata ku kindi ingene agateka ka zina...

USA: Perezida Biden yafuse ibihano Donald Trump yari yafatiye abategetsi ba sentare mpuzamakungu CPI

Nkuko amaze imisi abikora mu gufuta amategeko canke ingingo zari zarafashwe na Perezida Trump akiri k’ubutegetsi, Perezida wa Amerika Joe Biden yaraye afuse ubu...

Lydia NSEKERA agiye kugaruka kwitoza mw’ishirahamwe ACNOA

Inyuma yo kwitoza mw’ishirahamwe mpuzamashirahamwe y’inkino  muri afrika ACNOA munyuma akahava atswindwa n’umunya Algerie Mustapha Berraf, umupfasoni w’umurundikazi Lydia NSEKERA yatangaje ko agiye kwitoza...

TOP AUTHORS

5650 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Ku biriko bisabwa uburundi, Albert Shingiro avuga ko ubumwe bwa buraya budafise ivyo bwobigisha.

Inyuma yaho hasubiriye kutunganywa uwundi muce ugira gatatu w-ibiganiro bihuza Leta y-uburundi hamwe n-abaserukira umuryango w-ubumwe bwa buraya I Burundi mu ntumbero  yo gukurako...

ˮIcihutirwa muri kano kanya si ukwiyumvira k-urucanco rwa covid19‟, bivurwa na Ndayishimiye.

Mu gihe umukuru w-igihugu c-uburundi yariko yakira uwuserukira Leta zunzubumwe za Amerika mu Burundi Ambasaderi Melanie Higgins, uwo aserukira Ico gihugu rutura kw-isi yamenyesheje...

Ubutare bw-i Gakara: Abarundi boba bagiye baza babukura mu cibo?

Kubw-amakuru tukesha ikinyamakuru Theafricareport, kitumenyesha ko uwurongoye ishirahamwe Rain bow risanzwe ricukura y-amabuye y-agaciro ari I Gakara, yitezwe mu gihugu c-uburundi  mu ntango z-ukwezi...

Makamba: Abakozi ba Leta bose bategetswe guterera igikombe bitiriye umuhisi Nkurunziza.

Abakozi ba Leta bose bakorera mu ntara ya Makamba bariyamiriza itegeko ryashinzwe na buramatari w-iyo ntara umupfasoni Francoise Ngozirazana ryogutanga amafaranga azoshigikira igikombe  bitiriye...