22.2 C
Bujumbura
Sunday, October 17, 2021

Niyonsaba Anny Josette

456 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

ˮNta muntu numwe aranyuruzwa hanyuma ngo ntaboneke, uwutaraboneka aracaronderwa ‟P.Nkurikiye.

Ubushikiranganji bw-intwaro yo hagati mu gihugu,iterambere rusangi n-umutekano burahakana ko ata muntu aranyuruzwa hanyuma ngo aburwe irengero mu gihe abiwe bituye inzego z-umutekano hamwe...

ˮAmahera y-agaciro ntayahari mu gihugu kubera umwimbu muke‟ (Ubushikiranganji bw-ikigega ca Leta)

Ubushikiranganji bw-ikigega ca Leta busigura ko ata mahera y-agaciro ahari kubera ko umwimbu ari muke cane mu gihugu c-uburundi. Vyashikirijwe na Larissa Dushime umuvugizi...

ONU yakuyeho umurwi utohoza kw-ihungabanywa ry- gateka ka zina muntu mu Burundi .

Inama nkuru ijejwe agateka ka zina muntu muri ONU yakuyeho umurwi w-iryo shirahamwe warumaze imyaka 5 ukora amatohoza ku  gateka ka zina muntu mu...

Ni igiki kikibujije ko hugururwa imbibe ziri hagati y-uburundi n-urwanda?

Naho hari intambwe Leta y-uburundi ivuga ko  imaze gushikwako ku bijanye n-imigenderanire  iri hagati y-uburundi n-urwanda,  Bamwe n-abandi baracabona ko hakiri iyindi ntambwe ikomeye...

ˮNimba Ndayishimiye ashaka guhindura ibintu, akwiye kwemera kuba incungu‟-Leonidas Hatungimana.

Inyuma yaho Perezida Varisito Ndayishimiye asubiriye kwizera Albert Maniratunga mu kumugena muyandi mabanga abanje kumwirukana mu buyobozi bukuru bw-ishirahamwe OTRACO azize ivyaha vyo kurya...

Idini rya Isilamu rivuga ko rizokwubahiriza ingingo ya Leta isaba abategetsi bose kwubakana n-umuntu umwe.

Inyuma yaho ubushikiranganji bw-intwaro yo hagati mu gihugu bugabishirije abategetsi bubatse bidaciye mu mategeko  ko bagiye guhagarikwa mu mabanga yabo,  Martin Ninteretse, umunyamabanga ntayegayezwa ...

Igisirikare ca Congo gitangaza ko abarundi barenga 30 bafashwe bashaka kwinjira imihari y-abarwanyi.

Umuvugizi w-abasirikare ba Congo bari mu gikorwa c-igisirikare bise Sokola 2 muri Kivu yo mu bumanuko amenyesha ko abarundi bafashwe bagizwe ahanini n-urwaruka  bari...

Urwaruka rw-abarundi rurenga 30 rukora akazi ko kwisumamwo rurafunzwe n-igisirikare Congo .

Imiyabaga y-abarundi irenga 30 yarahagaritswe ku mugoroba wo kuri uyu wa kabiri  n-igisirikare ca Republika iharanira intwaro rusangi  ya Congo aho bita  i Sange...

TOP AUTHORS

5650 POSTS0 COMMENTS

Most Read

uburundi bwahomvye imiriyaridi 54 z-amarundi m-urwubako rw- urugomero rw-umuyagankuba ku ruzi Mpanda.

Kuri uyu wa 15 Gitugutu 2021, Niho umukuru w-igihugu c-uburundi Varisito Ndayishimiye yakora urugendo muri komine Musigati  ku mbibe z-intara za Muramvya, Kayanza na...

PARCEM isaba Leta guhagurukira ikibazo c-ubukene bw-intebe mu mashule cabaye ndanse.

Ishirahamwe ryishinze gukangurira abarundi bahindure  ingendo PARCEM rivuga ko igisata c-indero kiriko kiragenda akayombekera mu Burundi aho usanga abanyeshure  ku bigo bimwe bimwe bicara...

Sahwanya FRODEBU ishikiriza ko ubwicanyi bwo 1972 ari ihonyabwoko ryakorewe abahutu.

Umugambwe Sahwanya FRODEBU wemanga ko ubwicanyi bwabaye mu Burundi mu mwaka w-1972 ari ihonyabwoko ryakorewe abarundi bo mu bwoko bw-abahutu. Vyashikirijwe na Pierre-Claver Nahimana ...

Uwuserukira OMS mu Burundi ahamagarira abarundi bose kwiteza incanco za Covid-19 ata bwoba.

Inyuma yaho incanco zo gukinga umugera wa Covid-19  zishikiye i Burundi kuri uyu wa kane, Uwuserukira OMS mu Burundi arahumuriza abarundi ko izo ncanco...