22.2 C
Bujumbura
Thursday, May 6, 2021

niyo '' Kenya

94 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Kenya: Hoba hagiye kugarwa amakambi abiri y’impunzi?

Inyuma yaho Leta ya Kenya ibicishije k’umushikiranganji wayo w’intwaro yo hagati atangiye ikiringo ntabanduka c’indwi z’ibiri kw’ishirahamwe mpuzamakungu ry’impunzi HCR ko ryoba ryugaye amakambi...

Ibinyamakuru bitatu bikorera mu buhungiro vyahagaritse ibiganiro

Amaradiyo Inzamba,RPA hamwe n’imboneshakure Renaissance zamenyesheje kur’uyu wa gatatu igenekerezo rya 24 ntwarante gukora ibiganiro . Nkuko biri mw’itangazo ryasohowe n’abatwara ivyo binyamakuru , bamenyesheje...

Cibitoke: Imwe mu ntara zitorwamwo ibiziga ku bwinshi

Nta ndwi canke ukwezi bikicijana hatabonetse mu ntara ya Cibitoke ibiziga vy’abantu biba vyishwe urwagashinyaguro, bimwe biboshwe, bifise inguma nyishi k’umubiri, ibindi biri mu...

Burundi: Urupfu rwa Magufuli, Leta ya CNDD FDD igiye kuhahombera iki?

      Inyuma yaho hatangarijwe urupfu rw,umukuru w’igihugu ca Tanzaniya Dr JOHN POMBE MAGUFULI ,yabaye inkuru mbi ku bihugu vy’umuryango w,akarere ka afrika y’ubuseruko ico gihugu...

TOP AUTHORS

5514 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Ubukene bw’isukari ya SOSUMO buriko buribonekeza mu gihugu bwoba butegwa n’iki?

Haraheze indwi zirenga zibiri hibonekeza ubukene bw’isukari ku mugwa mukuru w’ubutunzi Bujumbura no mu bindi bisagara bikuru bikuru, abanyagihugu bakibaza ico bivako bakakiyoberwa. Ku mugwa...

Tanzaniya nayo yahagaritse ingendo zo mu Buhindi kumvo zo kugwanya Covid 19.

Tanzaniya yahagaritse indege zija n'iziva mu Buhindi mu gihe ibitigiri vy'abandura Covid-19 bitera vyiyongera cane muri ico gihugu. Iyo nkuru yatangajwe n’ubushikiranganji bujejwe amagara...

Mali= Umugore w-imyaka 25 yavyaye abana icenda, inkuru yabaye nkiy-imbonekarimwe muri Afrika.

Halima Cisse , ni umugore w-imyaka 25 aturuka mu gihugu ca Mali yaraye avyaye abana icenda   mu bitaro vyo mu gihugu ca Maroc .Abo...

Perezida Evariste Ndayishimiye yashikanywe k-ubutegetsi n-amatora y-ubusuma bukabije, vyandikwa n-ikinyamakuru La Libre Afrique.

Inyuma hafi y-ikiringo c-umwaka  habaye amatora y-umukuru w-igihugu mu Burundi, Ikinyamakuru La Libre Afrique co mu gihugu c-ububirigi  kimenyesha ko habaye ubusuma bukabije butagira...