22.2 C
Bujumbura
Friday, June 25, 2021

Niyonsaba Anny Josette

184 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Ku biriko bisabwa uburundi, Albert Shingiro avuga ko ubumwe bwa buraya budafise ivyo bwobigisha.

Inyuma yaho hasubiriye kutunganywa uwundi muce ugira gatatu w-ibiganiro bihuza Leta y-uburundi hamwe n-abaserukira umuryango w-ubumwe bwa buraya I Burundi mu ntumbero  yo gukurako...

ˮIcihutirwa muri kano kanya si ukwiyumvira k-urucanco rwa covid19‟, bivurwa na Ndayishimiye.

Mu gihe umukuru w-igihugu c-uburundi yariko yakira uwuserukira Leta zunzubumwe za Amerika mu Burundi Ambasaderi Melanie Higgins, uwo aserukira Ico gihugu rutura kw-isi yamenyesheje...

Ubutare bw-i Gakara: Abarundi boba bagiye baza babukura mu cibo?

Kubw-amakuru tukesha ikinyamakuru Theafricareport, kitumenyesha ko uwurongoye ishirahamwe Rain bow risanzwe ricukura y-amabuye y-agaciro ari I Gakara, yitezwe mu gihugu c-uburundi  mu ntango z-ukwezi...

Makamba: Abakozi ba Leta bose bategetswe guterera igikombe bitiriye umuhisi Nkurunziza.

Abakozi ba Leta bose bakorera mu ntara ya Makamba bariyamiriza itegeko ryashinzwe na buramatari w-iyo ntara umupfasoni Francoise Ngozirazana ryogutanga amafaranga azoshigikira igikombe  bitiriye...

Kuki amajambo ya Perezida Ndayishimiye aryohera ugutwi ariko abuze ibikorwa biyaherekeza?

Kuva ashitse ku butegetsi kuwa 18 Ruheshi 2020, umukuru w-igihugu c-uburundi Ndayishimiye Evariste, amaze igihe ashikiriza  amajambo mu manama,  hamwe no mu bikorane vy-amasengesho...

Amashirahamwe mpuzamakungu 12 asaba ubumwe bwa buraya kutakurako ibihano uburundi.

Ngo naho hari utwigoro ariko tudashemeye Leta y-uburundi  irongowe na Perezida Ndayishimiye yakoze mu kwishira no kwizana,  Amashirahamwe mpuzamakungu ajejwe ivy-agateka ka zina muntu...

Germain Rukuki yagabanijwe igihano yari yaraciriwe

Inyuma yo gukatirwa gufungwa imyaka 32 yagirizwa ku caha co guhungabanya umutekano w-igihugu no kugarariza inzego, Germain Ruki  yaciriwe igihano c-umunyororo w-umwaka umwe na...

Umuryango w-ubumwe bwa buraya ugomba gukuraho ibihano wafatiye uburundi.

Umurwi w-abahinga b-ishirahamwe ry-ubumwe bwa buraya baherutse gufata ingingo yo gukorera hamwe  mu ntumbero yo kuraba ingene ibihano vy-ubutunzi uwo muryango wafatiwe Leta y-uburundi...

TOP AUTHORS

5650 POSTS0 COMMENTS

Most Read