Ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika ririyamiriza 'umukazo ukorerwa impunzi z'Abarundi' muri Tanzania kuva mu mwaka wa 2015.
Mw'itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona mu ndwi turangije rivuga...
Mw'itangazo ryashizwe ahabona na Antonio Guterres yihanganisha reta y' Uburundi, yamenyesheje ko Abasirikare b' Abarundi batatu baguye mu migwano nabarwanya ubutegetsi mu gihugu ca...
Uwahoze arongoye igihugu c'Uburundi ariwe Petero Buyoya aheruka gushengera agiye kuzoshingurwa mu gihugu ca Mali aho guhambwa mu gihugu c'amavukiro c'Uburundi.
Mu majwi yashikiriye iradiyo...
Abatavuga rumwe na reta ya CNDD-FDD bavuga ko 'Pierre Buyoya yarafashije CNDD-FDD gushikira ubutegetsi'.
Naho umugambwe uri ku butegetsi uguma mu gacerere ku bijanye nurupfu...
Ibanki Nkuru ya Republika y'Uburundi yasohoye itangazo aho yiyamiriza ibikorwa vyiraye muri iyi misi mu Burundi vyo kwiba abanyagihugu.
Banki Nkuru ikavuga akarorero k'abegeranya amahera...
Umupfakazi wa Thierry Kubwimana, Christa Kaneza, araye mu gasho yagirizwa ko yakoranye n'abamwiciye umugabo. Abiwe bose baguye mu gahundwe mu gihe igipolisi co kidashobora...