22.2 C
Bujumbura
Friday, March 5, 2021

La Rédaction CD

1983 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Amatati hagati ya Amerika n’Ubushinwa!

Nta wushobora gutsinda hagati ya Leta zunze Ubumwe za Amerika n’Ubushinwa mu matati ari hagati y’ivyo...

Ubutegetsi Bwa Amerika Burizeye ko Buzotsinda ku vyerekeye Abimukira.

Ubutegetsi bwa Leta Zunze Ubumwe za Ameika burizeye ko buzotahukana intsinzi ku ngingo umukuru w'igihugu yafashe yo kwankira...

Ubufaransa : Marine Le Pen Aje Atavyorosha nka Trump

Marie Le Pen, wo mu mugambwe Front National, umufaransakazi ariko aritoza kugira ahiganirwe ikibanza c’umukuru w’igihugu c’Ubufaransa yiyemeje...

Koreya ya Ruguru Yagiriza Amerika na Koreya y’Epfo gupanga Igitero

Umwiyemezo wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika na koreya y’Epfo kukugwaniriza hamwe ibitero vya...

Donald J. Trump: “Irani Iriko Ikina n’Umuriro”

Donald J.Trump: "Irani iriko ikina n’umuriro" Ubushikiranganji bujejwe ikigega muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika bwatangaje ibihano bishasha ku gihugu ca Irani, mu ntumbero y’ukwishura...

Amerika Iragabisha Irani Ku Bigwanisho Ruhonyanganda

Umukuru w'igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, yaragabishije igihugu ca Irani ku ngingo y’ico gihugu y’ukugerageza misile balistike. Ivyo yabitangaje mu butumwa...

RDC: Etienne Tshisekedi yapfuye!

Muri Republika iharanira demokrasi ya Kongo, Etienne Tshisekedi, umunyapolitike yar’akomeye mu barwanya ubutegetsi yapfuye ku mugoroba wo kur’uyu wa gatatu italiki 1 z'ukwezi kwa...

Ishirahamwe Ry’Ibihugu vya Afrika kwikura muri Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha ICC

Ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika ryemeje uwo mugambi wo kwikura muri Iyo sentare Mpuzamakungu...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Kenya niyo irongoye akanama k’umuryango wa EAC mugabo ibibazo ni vyinshi mur’uyo muryango

Ivyo vyashitsweko kur’uyu wagatandatu mu nama y’Abakuru b’ibihugu bigize uwo muryango w’ibihugu vya Afrika vyo mu buseruko. Aho ni mugihe igihugu c’Urwanda arico cari...

Iradiyo Bonesha FM yasubiriye gusamirana m’Uburundi

  Kuva kur’uyu wa gatanu iradiyo Bonesha FM yasubiriye kuvuga ibiganiro vyayo n’amakuru. Iyo radiyo ikorera i Bujumbura ikaba yarimaze imyaka 5 itarasubira gusamirana. Bikaba...

Regideso yahinduye umukenyuro, igire izane amakonteri y’amazi y’ama unite

K’urubuga rwayo ngurukana bumenyi rwa twitter, Regideso ivuga ko igiye kuzana amakonteri azotanga amazi hakoreshejwe ama unité. Regideso ikavuga ko izoshinga uburere bwo kuza...

Ibomborabombora mw’ishengero Methodiste Unie ry’Uburundi

Mu nzandiko ziriko zija ahabona haraboneka ibomborabombora mw idini rya Methodiste Unie mu Burundi. Nk'uko izo nzandiko zivyerekana, iyo ntambara muri Methodiste Unie iri hagati...