22.2 C
Bujumbura
Sunday, October 25, 2020

La Rédaction CD

1909 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Senegal Yamaze Gushikana Abasoda Bayo Ku Mupaka wa Gambia!!

Umuyobozi wo gutanga Amakuru mu Gisoda ca Senegal(DIRPA) yatangaje ko ibikorwa vyo kwinjiza abasoda muri Gambia vyatanguye kugira bumvishe kunguvu Umukuru w'Igihugu ca Gambia...

Benshi mubize Umwuga wo Kwigisha Babuze Akazi Mu Burundi!!

Igisata c’indero mu Burundi kiri muri bimwe bikunze kuvugwamwo ingorane z’ikena ry’abakozi. Ariko rero, naho bir’uko, s’ukuvuga ko abize...

Hollande avuga ko Uburaya budakeneye impanuro za Trump

Prezida w'Ubufaransa Francois Hollande yamiriye kure imvugo ya prezida aheruka gutorwa muri Amerika, Donald Trump yo...

Abatunzi 8 Mwisi Yose Bafise Ubutunzi Bungana Hafi Ubutunzi Bw’Ababa Kw’Isi Yose Bakenye!

Nk’uko tubishikirizwa n’Ishirahamwe ry’Abongereza Oxfam, Abo batunzi karuhariwe bafise ubutunzi bungana ubutunzi bwigice c’abantu bose baba kwisi na canecane...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

‘Kuja mu Burundi kuburana ni nko kwiyahura’, Pierre Buyoya

Uwahoze arongoye igihugu c'Uburundi kandi yagirizwa kuba yarishe Melchior Ndadaye ariwe Petero Buyoya, aravuga ko kuza mu Burundi kuburana bigoye cane muri iki gihe...

Ibomborabombora mu mugambwe FNL wa Yakobo Bigirimana

Umugambwe FNL wa Yakobo bigirimana uriko ubamwo induru zitari zike ziva mu batwara uyo mugambwe wahize ari uwa Agathon Rwasa. Mu majambo yashizwe ahabona na...

Papa François yemeye ko abarongoranye basangiye ibistina bokwibanira

Ivyo yabivuye mw’ireresi yasohoye kur’uyu wa gatatu aho yamenyesha ko abubakanye basangayiye ibitsina bobareka bakabigira kumugaragaro mw’isengero no mu mategeko ya Leta. Papa Francois...

Buramatari w’intara ya Gitega yabujije ababuriye kw’ishure Lycée Kibimba kunamira ababo. Mwiyumvira ko baburijwe iki ?

Ivyo bikaba bibaye ubwambere aho abavyeyi bababuze ababo kw’ishure ryo mu Kibimba iri muri komine Giheta. Abanyeshure bashika 150 bomu bwoko bw’abatusti bakaba baciye...