22.2 C
Bujumbura
Wednesday, September 23, 2020

La Rédaction CD

1884 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Trump Yugariye Imiryango Impunzi zo muri Syria

Umukuru w'Igihugu Donald Trump wa Leta zunze ubumwe za Amerika yafashe...

Zimbabwe: Prezida Mugabe Asabwa Kuva ku Butegetsi

Prezida Robert Mugabe wa Zimbabwe yatahutse mu gihugu ciwe,...

Jammeh Yasize Gambia Igaragara mu vy’Ubutunzi

Umuhanuzi mukuru w’Umukuru w’Igihugu ca Gambia Adama Barrow yavuze ko amfaranga arenga...

Jammeh yavuze ko ‘azova ku butegetsi’.

Umukuru w’Igihugu w’igihe kirekire wa Gambia,Yahya Jammeh, yavuze ko azova ku butegetsi inyuma...

Uburusiya na Turkiya: Bigwaniriza hamwe Leta ya Kiislamu.

Ubwiyunge bushasha kandi budasanzwe bwibonekeje mukugwaniriza hamwe umurwi w’iterabwoba wa Etat Islamique wo...

Malaysia Airlines ivuga Ko Itarota ihagarika kurondera ibisigarira vy’indege yayo !

Igihugu ca Malaysia kivuga ko kizotanga agashimwe kw’ishirahamwe iryariryo ryose ryigenga rizororanirwa rigatora igice cindani mundege kibika ibiba vyatumye haba isanganya y’indege.Ako gahimba...

Senegal Yamaze Gushikana Abasoda Bayo Ku Mupaka wa Gambia!!

Umuyobozi wo gutanga Amakuru mu Gisoda ca Senegal(DIRPA) yatangaje ko ibikorwa vyo kwinjiza abasoda muri Gambia vyatanguye kugira bumvishe kunguvu Umukuru w'Igihugu ca Gambia...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Ketty Nivyabandi yagenwe kuba umunyamabanga mukuru wa Amnestie Internationale muri Canada

Ketty Nivyabandi akaba ari umwanditsi w’ivyese yagaragaye cane mu myiyerekano yo kurwanya ikiringo ca gatatu ca président Petero Nkurunziza. Akaba yavukiye mu gihugu c’Ububiligi....

Pacifique Nininahazwe aratangazwa n’imvugo ya Président Ndayishimiye yita Magufuri kwari se wiwe

Uwo arongoye ishirahamwe rivuga ko ridaharanira inyungu za politique FOCODE avuga ko mu mateka y'Uburundi ni ubwa mbere Umwami canke Umukuru w'igihugu yubahuka kwita...

Abasoda b’Abarundi bari muri Centrafrique bagirizwa ivyaha vyo gufata ku nguvu

Ivyagiriji bishasha vyo gufata abakenyezi n'abana ku nguvu hamwe no guhohotera vyagirijwe bushasha abasirikare b'Abarundi bari muri wa Mugambi wa ONU wo kugarukana amahoro...

Inama hagati y’Uburundi, Kongo, Urwanda, Uganda na Angola yimirije kuba biciye kuri Internet

Inyuma y'aho Inama hagati y'Uburundi, Kongo, Urwanda, Uganda na Angola yigirijwe inyuma kubera Ubrundi bwavuze ko butokwitaba iyo nama 'kubera akazi kenshi', ubu naho...