22.2 C
Bujumbura
Wednesday, August 12, 2020

La Rédaction CD

1855 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Barack Obama Yavuye Mu Gacerere kiwe!

Ibiro vyuwahoze atwara Leta Zunze Ubumwe vya Amerika, Barack Obama, vyasohoye itangazo mukuvuga...

Moussa Faki ava muri Tchad, Ayoboye Umuryango w’Ibihugu vya Afrika

Mu bakomeye bahiganwa na Bwana Faki mu gice ca nyuma c'amatora yariko abera ku biro vya AU...

Trump Yugariye Imiryango Impunzi zo muri Syria

Umukuru w'Igihugu Donald Trump wa Leta zunze ubumwe za Amerika yafashe...

Zimbabwe: Prezida Mugabe Asabwa Kuva ku Butegetsi

Prezida Robert Mugabe wa Zimbabwe yatahutse mu gihugu ciwe,...

Jammeh Yasize Gambia Igaragara mu vy’Ubutunzi

Umuhanuzi mukuru w’Umukuru w’Igihugu ca Gambia Adama Barrow yavuze ko amfaranga arenga...

Jammeh yavuze ko ‘azova ku butegetsi’.

Umukuru w’Igihugu w’igihe kirekire wa Gambia,Yahya Jammeh, yavuze ko azova ku butegetsi inyuma...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Leta y’Uburundi iragiriza Marguerite Barankitse kwankira impunzi guhunguka

Ivyi biri mwitangazo ryasohowe na Prosper Ntahorwamiye, umuvugizi wa Leta y’Uburundi mu ndwi iheze. Mur’iryo tangazo umuvugizi wa Leta y’Uburundi yasavye ishirahamwe mpuzamakungu HCR...

Umugambwe CNL urahakana ko ‘ ata nzu iriko irasha’ mu mugambwe wabo

Umugambwe CNL urahakana ko ' ata nzu iriko irasha' mu mugambwe wabo n'uko biboneka mu nzandiko zashizwe ahabona ku mbuga ngurukana bumenyi. Bitandukanye n'uko bamwe...

Agathon Rwasa aragirizwa gushaka kwigungirako amabanga

Mu gihe hariko haratorwa umukuru w’Inama nshingamateka ku mus iwa gatanu, abashingamateka 32 barasohotse banse kuja murico gikorwa co gutora ibiro vy’inama nshingamateka. Agathon...

Reta y’Uburundi ivuga ko Urwanda ‘rwafashe nk’umunyago’ impunzi z’Abarundi

Mu rwandiko rwashizwe ahabona n'umuvugizi wa leta y'Uburundi, Prosper Ntahorwamiye, yamenyeshje aho reta y'Uburundi ihagaze ku kiza c'Abarundi bahungiye mu Rwanda bipfuza gutaha. Muri urwo...
error: Content is protected !!