22.2 C
Bujumbura
Friday, March 5, 2021

La Rédaction CD

1983 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Koreya Ya Ruguru Iremeza ko Yakoze ‘Igeragezwa Rya Missile Nshasha’ Itari Bwaje Ahabona

Igihugu ca Korea ya Ruguru carasubiye kugerageza iyindi missile ballistike ejo ku musi wa mungu. Koreya ya Ruguru yavuze ko...

Yoweri Museveni: “Turakeneye Umwumvikano Ku Kibazo C’Uburundi”

Umukuru w’igihugu ca Uganda Yoweri museveni avuga ko azoshimika cane ku kibazo co kuja hamwe kugira avyurire ingiro ku...

Twoba Twimirije Ibihe Mu Burundi Ata Biringo Vy’Umukuru w’Igihugu Bizoba Bikihari?

Umugwi W’Igihugu ujejwe Ibiganiro Bihuza Abarundi CNDI(Commission National du Dialogue Inter-Burundais ) waraye uhaye icegeranyo ca nyuma c’ibikorwa uyo mutrwi...

OMS: Ikiza C’Ingwara Ebola Yateye Muri Republika Iharanira Demokrasi Ya Kongo.

Muri Republika Iharanira Demokrasi ya kongo, igihugu gihana urubibe n'igihugu c'Uburundi, Ikiza ca Ebola catangajwe mu buraruko bushira...

Abashingamateka B’Uburundi Barasaba Ishirahamwe Ry’Ubumwe Bwa Buraya Guhagarika Ibihano Vyafatiwe Uburundi

Inama Nshingamateka y’Uburundi irasaba ishimitse ko Abashingamateka bahurukiye mw’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya ko bokuraho ibihano vyafatiwe Uburundi. Kubwabo...

Vital Nshimirimana Yagenywe Kuba Umwe Mu Bagize Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha CPI

Vital NSHIMIRIMANA, uwafashwe n’ubutegetsi bw’I Bujumbura ko yagize uruhara rudasanzwe mu kurwanya ikind kiringo ca Pierre Nkurunziza, aherutse kuronka...

Ishirahamwe Ry’Ubumwe Bwa Buraya Ribona Ko ‘Amahoro Ataraboneka Neza Mu Burundi’

Wolfram Vetter,umu ambassaderi w’Ishirahame rya Buraya mu Burundi avuga ati:” Tuvugishije ukuri, uko ibintu vyifashe mu Burundi ntibiramera neza...

Libérât Mfumukeko Aragirizwa Kunyuruza Amatungo y’Ishirahamwe ry’Ibihugu Vya Afrika y’Ubuseruko.

Amatohoza ku vyuko hoba harabaye ubusuma no ku kunyuruza amatungo y’Ishirahamwe rya EAC yatanguye ku cicaro gikuru c’iryo Shirahamwe....

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Kenya niyo irongoye akanama k’umuryango wa EAC mugabo ibibazo ni vyinshi mur’uyo muryango

Ivyo vyashitsweko kur’uyu wagatandatu mu nama y’Abakuru b’ibihugu bigize uwo muryango w’ibihugu vya Afrika vyo mu buseruko. Aho ni mugihe igihugu c’Urwanda arico cari...

Iradiyo Bonesha FM yasubiriye gusamirana m’Uburundi

  Kuva kur’uyu wa gatanu iradiyo Bonesha FM yasubiriye kuvuga ibiganiro vyayo n’amakuru. Iyo radiyo ikorera i Bujumbura ikaba yarimaze imyaka 5 itarasubira gusamirana. Bikaba...

Regideso yahinduye umukenyuro, igire izane amakonteri y’amazi y’ama unite

K’urubuga rwayo ngurukana bumenyi rwa twitter, Regideso ivuga ko igiye kuzana amakonteri azotanga amazi hakoreshejwe ama unité. Regideso ikavuga ko izoshinga uburere bwo kuza...

Ibomborabombora mw’ishengero Methodiste Unie ry’Uburundi

Mu nzandiko ziriko zija ahabona haraboneka ibomborabombora mw idini rya Methodiste Unie mu Burundi. Nk'uko izo nzandiko zivyerekana, iyo ntambara muri Methodiste Unie iri hagati...