22.2 C
Bujumbura
Monday, January 25, 2021

La Rédaction CD

1964 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Koreya ya Ruguru Ivuga ko Igendereza Rya Amerika CIA Rifise Umugambi Wo Kwica Kim Jong Un

Ibinyamakuru vyo mu Gihugu ca Koreya ya Ruguru vyamenyesheje ko Abasirikare bo ku gwego rwo hejuru ba Amerika hamwe nabo...

Abarundi Barabandanya Bahungu Bitumwe N’Inzara Yabaye Ndanse Mu Burundi

Umukuru w’Ishirahamwe Mpuzamakungu ryitaho Impunzi kw’ isi( HCR) yavuze ko habaye iyongerekana ry’impunzi z’abarundi bahungira mu gihugu c’Urwanda. HCR ivuga ko...

Uburundi buri Mu BuKene Budasanzwe Bw’Igitoro Co Mu Bwoko Bwa Essence:Impamvu n’Ingaruka Zavyo.

Igihugu c’Uburundi kiri mu bukene budasanzwe bw’igitoro co mu bwoko bwa Essence haraheze indwi bitumwe nuko ata mafaranga y’agaciro akiboneka,...

Koreya ya Ruguru ‘Yatewe Ubwoba’ N’Indege za Amerika Zirasa Bombe Igihe Zagenzura Ikirere C’Ico Gihugu.

Igihugu ca Koreya ya Ruguru cagiriza igihugu ca Leta Zunze Ubumwe za Amerika gutuma izinga rya Koreya ryinjira mu ntambara...

Pierre Nkurunziza Yarakebuye Bikaze Abategetsi Bava Mu Mugambwe Wiwe Batwara Igihugu.

Mu bihe bitari bwaboneke, umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza yarakebuye bikaze abategtetsi bava mu mugambwe wiwe bo ku rwego rwo hejuru,...

Papa Francis Wa Katolika Yoba Agiye Kwumvirwa Ku kibazo ca Koreya Ya Ruguru?

Ejo hahise ku musi wa Gatandatu Koreya ya ruguru yarasubiye kgutera ikindi kimisile naho caciye gisambuka, mu gihe ONU...

Inama Nshingamateka Y’Uburundi ‘Yanse’ Ko Abashatse Gutembagaza Ubutegetsi Bahabwa Ikigongwe C’Agateganyo

Inama Nshingamasteka y’Uburundi « yiyamirije » igisabo carungikiwe Umukuru w’igihugu c’Uburundi Pierre Nkurunziza co guha ikigongwe c’agateganyo kuri «...

Hillary Onek : « Uko Umutekano Wifashe Mu Burundi Kuratuma Impunzi Z’Abarundi Zitohunguka »

Umushikiranganji wo mu Gihugu ca Uganda ajejwe ivy’impunzi muri ico gihugu, Hillary Onek, yamenyesheje mu kinyamakuru gikorera kuri internet « The...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Menya vyinshi utari uzi kuri Révérien Ndikuriyo yatowe kuba umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD

Révérien Ndikuriyo yatowe kuba umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD kuri uyu musi wa mungu mu ntara ya Gitega inyuma y'amasengesho yari amaze imisi itatu muri...

Uwatabaye ishirahamwe SOSUMO yitavye Imana

Audace Bukuru yitavye Imana kur’uyu wa gatanu mubucagucagu. Akaba yararongoye ishirahamwe SOSUMO rihingura isukari riri mu ntara ya Rutana. Ico gihe ishirihamwe SOSUMO ryahimbaza...

Benshi bariko barasaba ko Christa Kaneza yorekurwa harimwo umuryango w’umugabo wiwe

Mu masanamu ariko araca ku mbuga ngurukana bumenyi haboneka mushiki wa Thierry Kubwimana umugabo wa Christa Kaneza aheruka kugandagurwa bamusanze mu gitanda iwe muri...

Inyuma yaho Banki Nkuru igabishije, Ishirahamwe #ChyMall naryo ritungwa urutoki

Inyuma yaho Banki Nkuru igabishije, Ishirahamwe #ChyMall naryo ritungwa urutoki kubera rikora neza na neza ivyo Ibanki Nkuru y'igihugu yiyamirijemw'itangazo ryagiye ahabona ejo. Muri iryo...