22.2 C
Bujumbura
Friday, March 5, 2021

La Rédaction CD

1983 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Impunzi Z’Abarundi Zahungiye Tanzania Ziragira Urugendo Rugoye Zimukira Mu Nkambi Ya Nakivale Mu Buganda.

Impunzi z'Abarundi zahungiye mu makambi y'impunzi mu gihugu ca Tanzania ziragira urugendo rugoye kandi...

SOS-TORTURE:Indwi Turangije Yaranzwemwo Ubwicanyi N’Abahagarikwa.

Nk’uko biri mu cegeranyo c’ishirahamwe SOS-Torture Burundi, kuva kw’igenekerezo rya 20 gushika kurya 27 Rusama,umwaka wa 2017 harabaye ibitero vy’abitwaje ibirwanisho vyahitanye ubuzima bw’abanyagihugu...

Amashirahamwe Ataho Yegamiye Mu Vya Politike ‘Ntashimishwa’ Nuko Ibiro Vy’Umuhuza Biriko Bikora Mu Biganiro Bihuza Abarundi.

Intumwa zo mu mashirahame 19 ataho yegamiye mu vya politike ari mu Buhungiro zari zatumiwe mu nama yo kubaza...

Bujumbura Peace Run: Aba Ambassadeurs Mu Burundi Barasaba Ibiganiro.

Abantu batari bake bitavye ibirori vyo kwiruka bataziriye Peace Run mu gisagara ca Bujumbura, ivyateguwe mu buryo bw’amahiganwa na East...

Abakirisu Barabangamiwe Mu Gihugu Ca Misiri: 26 Bishwe Uyu Musi.

Uyu musi mu gihugu ca Misiri, Abanywanyi 23 b’idini rya Gikirisu( Eglise Coptique) bishwe igihe bariko bafata urugendo baja...

Leta Y’Uburundi Yikoze Ku Mahera Ya AMISOM Mu Kugabanya Ubukene Bw’Igitoro

Nkuko tubikesha Radio France Internationale, Leta y’Uburundi yamaze kugira commande y’igitoro cari kigize imisi cakenye mu gihugu cose ku...

Ishirahamwe Ry’Ubumwe Bwa Buraya Ntiryemera Igisabo Co Gukura Ibihano Ku Burundi.

Mu nama yo ku bisikanya ku burongozi bw’Umuryango w’Ibihugu vya Afrika y’Ubuseruko yabaye ejo ku musi wa...

Kamenge: Abantu 8 barakomeretse Mu Gitero Ca Grenade.

Ejo ku musi wa mungu itariki 21 Rusama haratewe iyindi Grenade muri Zone ya Kamenge mu Gisagara ca Bujumbura. ...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Kenya niyo irongoye akanama k’umuryango wa EAC mugabo ibibazo ni vyinshi mur’uyo muryango

Ivyo vyashitsweko kur’uyu wagatandatu mu nama y’Abakuru b’ibihugu bigize uwo muryango w’ibihugu vya Afrika vyo mu buseruko. Aho ni mugihe igihugu c’Urwanda arico cari...

Iradiyo Bonesha FM yasubiriye gusamirana m’Uburundi

  Kuva kur’uyu wa gatanu iradiyo Bonesha FM yasubiriye kuvuga ibiganiro vyayo n’amakuru. Iyo radiyo ikorera i Bujumbura ikaba yarimaze imyaka 5 itarasubira gusamirana. Bikaba...

Regideso yahinduye umukenyuro, igire izane amakonteri y’amazi y’ama unite

K’urubuga rwayo ngurukana bumenyi rwa twitter, Regideso ivuga ko igiye kuzana amakonteri azotanga amazi hakoreshejwe ama unité. Regideso ikavuga ko izoshinga uburere bwo kuza...

Ibomborabombora mw’ishengero Methodiste Unie ry’Uburundi

Mu nzandiko ziriko zija ahabona haraboneka ibomborabombora mw idini rya Methodiste Unie mu Burundi. Nk'uko izo nzandiko zivyerekana, iyo ntambara muri Methodiste Unie iri hagati...