22.2 C
Bujumbura
Thursday, June 4, 2020

La Rédaction

1802 POSTS0 COMMENTS
https://www.ubmnews.com

Amerika Iragabisha Irani Ku Bigwanisho Ruhonyanganda

Umukuru w'igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump, yaragabishije igihugu ca Irani ku ngingo y’ico gihugu y’ukugerageza misile balistike. Ivyo yabitangaje mu butumwa...

RDC: Etienne Tshisekedi yapfuye!

Muri Republika iharanira demokrasi ya Kongo, Etienne Tshisekedi, umunyapolitike yar’akomeye mu barwanya ubutegetsi yapfuye ku mugoroba wo kur’uyu wa gatatu italiki 1 z'ukwezi kwa...

Ishirahamwe Ry’Ibihugu vya Afrika kwikura muri Sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha ICC

Ishirahamwe ry’ibihugu vya Afrika ryemeje uwo mugambi wo kwikura muri Iyo sentare Mpuzamakungu...

Barack Obama Yavuye Mu Gacerere kiwe!

Ibiro vyuwahoze atwara Leta Zunze Ubumwe vya Amerika, Barack Obama, vyasohoye itangazo mukuvuga...

Moussa Faki ava muri Tchad, Ayoboye Umuryango w’Ibihugu vya Afrika

Mu bakomeye bahiganwa na Bwana Faki mu gice ca nyuma c'amatora yariko abera ku biro vya AU...

Trump Yugariye Imiryango Impunzi zo muri Syria

Umukuru w'Igihugu Donald Trump wa Leta zunze ubumwe za Amerika yafashe...

Zimbabwe: Prezida Mugabe Asabwa Kuva ku Butegetsi

Prezida Robert Mugabe wa Zimbabwe yatahutse mu gihugu ciwe,...

TOP AUTHORS

2953 POSTS0 COMMENTS

Most Read

Umwihwezo: Ni iki Evariste Ndayishimiye yokwitegwako? Ihinduka canke kubandanya ivyahahora?

Ku wa 20 Rusama 2020, mu gihe benshi mw'isi bari bituniye ku kurwanya ingwara ya COVID-19, igihugu c'Uburundi coco cakoze mu gacerere ntangere amatora...

Ibihuha ni vyinshi ku bagwaye ingwara ya coronavirus m’Uburundi

Kumbuga ngurukana bumenyi hariko haraca amakuru avuga ko m’Uburundi abagwayi bane boba bitavye Imana mu bitaro vy’abasirikare vyo mu Kamenge. Bikavugwa kandi ko n’umukuru...

OLUCOME ibona ko leta ‘iriko ikwega amaguru’ mu kurwanya COVID-19

Ishirahamwe ryitaho kurwanya ibiturire hamwe no gusesagura ubutunzi bw'igihugu mu Burundi, OLUCOME, ribona ko leta y'Uburundi iriko ikwega amaguru mu kurwanya ikiza ca Coronavirus. Mw'itangazo...

Inama ya ONU ku Burundi yitezwe ku musi wa kane

Inama ya ONU ku Burundi iritezwe ejo ku musi wa kane aho hazokwihwezwa ibitari bike bijanye na cane cane amatora aheruka kuba mu Burundi. Inama...