Akarwi k'abagizi ba nabi kabesha abantu mu kubaha impapuro za magendo kasambuwe n'igipolisi muri zone ya Bwiza mu gisagara ca Bujumbura.
Nk'uko umuvugizi w'igipolisi, Pierre ...
Ejo ku muso wa kabiri, umukuru w'igihugu c'Uburundi ariwe Evariste Ndayishimiye yari aramutse yakira ku meza imwe abatavuga rumwe na reta bari ku butaka...
Ubumwe bwa Buraya buvuga ko bwiteguye gusubira kugira imigenderanire myiza n'igihugu c'Uburundi inyuma yo kugira umubonana na Ndayishimiye Evariste.
Mu rwandiko abaserukira Ubumwe bwa Buraya...
Isoko ya Kamenge igiye kwubakwa mu kiringo c'amezi atanu bifashijwe na reta y'Uburundi.
Mu nteguro yashizwe ahabona, biboneka ko uwuzohagarira iryo sanurwa ry'isoko ya Kamenge...
Urwanda ngo nta mugambi wo kurungika mu Burundi abagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi mu 2015 nk'uko Uburundi buvyipfuza.
Ivyo tubisanga mu makuru yashikiriye ikinyamakuru co muri...
Mu kiganiro umukuru w'igihugu yaremesheje n'abanyagihugu mu ntara ya Ngozi, umukuru w'igihugu, Ndayishimiye Evariste yavuze ibitari bike ariko reka tugaruka kuri bimwe bihambaye cane.
Ica...
Ibanki Nkuru ya Republika y'Uburundi yasohoye itangazo aho yiyamiriza ibikorwa vyiraye muri iyi misi mu Burundi vyo kwiba abanyagihugu.
Banki Nkuru ikavuga akarorero k'abegeranya amahera...
Umupfakazi wa Thierry Kubwimana, Christa Kaneza, araye mu gasho yagirizwa ko yakoranye n'abamwiciye umugabo. Abiwe bose baguye mu gahundwe mu gihe igipolisi co kidashobora...