Umusirikare w'Umuruundi ari muri wa mugambi wa ONU, MINUSCA, wo kugarukana amahoro mu gihugu ca Centrafrique yaraye yishwe kuri uyu wa gatanu n'abitwaje ibirwanisho.
Uwo...
Kuva ku musi wa 13 Nzero 2021, reta y'Uburundi yatanguje isekeza ryo kwambara ubufukamunwa mu gukinga ikwiragizwa ry'ikiza ca Coronavirisi, bamwe bamwe batanguye kwibaza...
Umuryango w'ibihugu vyo muri Afrika y'Ubuseruko ubandanya usaba ko amatora yo mu gihugu ca Uganda agenda neza mu mahoro n'umutekano wose hagati yabahiganwa.
Amatora yo...
Mu ntumbero yo kurwanya ikiza ca Koronavirus gisa nicatse indaro mu Burundi, ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu bukaba bwafashe ingingo ihanitse.
Mu butumwa bwagiye...
Abarundi basabwa kutajana n'ibihuha muri iki gihe ca Covid-19 kiriko congerekana mu gihugu c'Uburundi na cane cane mu gisagara ca Bujumbura.
Mw'itangaza ubushikiranganji bw'intwaro yo...
Akarwi k'abagizi ba nabi kabesha abantu mu kubaha impapuro za magendo kasambuwe n'igipolisi muri zone ya Bwiza mu gisagara ca Bujumbura.
Nk'uko umuvugizi w'igipolisi, Pierre ...
Ejo ku muso wa kabiri, umukuru w'igihugu c'Uburundi ariwe Evariste Ndayishimiye yari aramutse yakira ku meza imwe abatavuga rumwe na reta bari ku butaka...
Ubumwe bwa Buraya buvuga ko bwiteguye gusubira kugira imigenderanire myiza n'igihugu c'Uburundi inyuma yo kugira umubonana na Ndayishimiye Evariste.
Mu rwandiko abaserukira Ubumwe bwa Buraya...