Ashley Girukwishaka ariyamiriza abantu bashaka kumwinjirira mu Buzima bwiwe ” Raba hano muko yavuze

0

ashley

Umuririmvyikazi w’umurundi abandanya atera imbere m’umuziki akora ” Ashley Diva ” ngwariyamiriza abantu bashaka kumwinjirira mu Buzima bwiwe kandi ngo bitabaraba.

diva

Ivyo rero ngwakaba abivuze nyuma yaho hari amakuru amaze iminsi acanacanako avuga ko yoba asigaye atitwara neza, akarorero ngo nkomunyambaro hamwe n’ukuntu ngwasigaye atuka bamwe mubamenyeshamakuru, kubwuno muririmvyi we rero ngo ivyo yagirizwa akaba abona nkaho ari ukumwinjirira mu Buzima.

UBM News tubibutse ko tugiye kubaronderera uno muririmvyi kugirango tumubaze ivyo yagirizwa vyo gutuka bamwe mubamenyeshamakuru ko vyoba ari ukuri.

[youtube id=”z8pgulI6C68″ align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]