ASHLEY DIVA:uyu mwaka ngiye kubashimisha cane.

0

Umuririmvyikazi w’umurundi ASHLEY DIVA ngo agiye gukora cane uyu mwaka kugira abashimishe cane kurusha uko yahora abashimisha, ivyo akaba yabimenyesheje mu kiganiro yahaye ikinyamakuru canyu ubmnews.com
div
ASHLEY DIVA akavuga ati uyu mwaka mfise vyinshi ngiye gukora kandi nizera ko abakunzi b’umuziki w’uburundi na cane cane abakunzi banje bazoshobora gushima ibikorwa nzokwerekana uyu mwaka.
ashleyy
Twobamenyesha ko ASHLEY DIVA ari umuririmvyikazi akunzwe cane hano mu gihugu c’uburundi.