Ashley Diva yoba yibugenze?

0

Umuririmvyikazi ashley diva muri kino gihe abarizwa mu gihugu ca kenya biravugwako yoba yibugenze nkuko amakuru dukesha bamwe mu basanzwe begereye uyo muririmvyikazi

Ikinyamakuru cacu ubmnews kikaba cegereye uyo muririmvyikazi kugira aduhe umuco ariko tukaba twamukenye; tukaba tubemereye ko tugiye kumurondera

Mbe hamwe vyoshika Ashley Diva akaba yibugenze,se w’umwana yoba arinde?