Ashley Diva yakwije imyaka 23 y’amavuko

0

Kw’ igenekerezo rya 5/12 niho umuririmvyikazi w’ umurundi Ashley Diva yashika kw’ isi yamarira n’ umunezero nkuko amakuru ikinyamakuru ubmnews gikesha uyo muririmvyikazi Ashley Diva
ashley-diva
Mu gatondo ko kuri uyu wa mbere tuganira n’ uyo muririmvyikazi ahari mu gihugu ca kenya muri kino gihe,tukaba twamubajije uko yiyumva kuri uno munsi w’ amavuko yiwe,Ashley Diva akaba yatwishuye ati: ndaryohewe cane kuba Imana iyongeye uwundi mwaka numva umunezero ntangere kuko ni benshiiii Imana itongera uwundi mwaka icubahiro kibe ic’ Imana

Tworangiza tubamenyesha ko Ashley Diva akwije imyaka 23 y’ amavuko