Ashley Diva: N’abantu bakomeye kw’isi barihenda

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva avugako n’abantu bakomeye cane kuri ino si bihenda nketswe wewe ari umuntu asanzwe,ivyo akaba yabivuze nyuma yaho ikinyamakuru kimwe ca hano iwacu canditse ko uyo muririmvyikazi yavuze nabi ijambo mu gifaransa mu kiganiro yari yagiranye n’imboneshakure Tele Renaissance.
diva
Ashley Diva akavuga ati:n’abakuru b’ibihugu canke abantu bazwi cane hano kuri ino si barihenda so kubona rero je narihenze n’ibintu bisanzwe,mbega ninde muntu kuri ino si atarihenda?

ashley
Tworangiza tubamenyeshako n’umukinyi rurangiranwa kw’isi mu mupira w’amaguru Christiano Ronaldo yigeze kwihenda.