Ashley Diva agiye gukorana indirimbo n’umunyarwanda

0

Umuririmvyikazi w’ umurundi ashley diva agiye gukora indirimbo n’ umwe mu baririmvyi bakomeye mu gihugu c’ urwanda nkuko yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru cacu ubmnews


Aganira n’ ikinyamakuru cacu ubmnews,Ashley Diva akaba yatuyagiye ati: ubu ndiko nditegura gukora indirimbo n’ umwe mu baririmvyi bakomeye mu gihugu c’ urwanda, tumubajije uwo muririmvyi bagiye gukorana,ashley diva ati: sinomuvugira ngaha muga abakunzi b’ umuziki ndundi bayitege kandi vuba

Ikibazo ikinyamakuru cacu cibaza,mbega uyo muririmvyi yoba agiye gukorana na ashley diva ninde?