ASHEY DIVA YOBA AGIYE GUSOHORA AMASANAMU YA WAYA WAYA?

0

Umuririmvyikazi w’umurundi ASHLEY DIVA yoba agiye gusohora amasanamu y’indirimbo WAYA WAYA nkuko yabimenyesheje mu kiganiro yagize ku nsamirizi COLOMBE FM ku munsi wa kane igenekerezo rya 24/9/2015.

diva

ASHLEY DIVA akaba yamenyesheje ko yipfuza gukora amasanamu y’indirimbo WAYA WAYA ariko akavugako atari muri ino minsi kuko ubu hari ibintu vyinshi ariko aritegurira gukora kandi yizeye ko bizoshimisha abakunzi biwe.

Twobamenyesha ko ASHLEY Diva cari ikiganiro ciwe ca mbere akoze kw’i radio nyuma y’amezi 3 yaramaze abarizwa mu gihgu ca KENYA.