Aruna Gahinga yaraye yitavye Imana agandaguwe

0

Umukunzi akomeye cane w’umupira w’amaguru mu Burundi Aruna Gahinga yaraye agandaguwe n’inkozi z’ikibi bamusanze aho asanzwe aba muri zone Buyenzi.
gahinga

Urupfu rwa Aruna Gahinga rukaba rwarababaje abantu benshi na cane cane abakinyi b’umupira w’amaguru mu Burundi kuko uyo mugabo yahora afasha mu gushigikira imigwi ya hano iwacu na cane cane umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu Rugamba.aruna

Ikinyamakuru ubmnews kikaba cifadikanije n’umuryango wabuze