Monday, September 26, 2022
HomeNewsArakaza Mac Arthur yoba atakibarizwa mu mugwi wa Vitalo'o fc?

Arakaza Mac Arthur yoba atakibarizwa mu mugwi wa Vitalo’o fc?

Kuri uno munsi igenekerezo rya 15/12/2016 ko umunyegori w’ umugwi nserukira gihugu w’ uburundi Intamba mu Rugamba Mac Arthur Arakaza n’ umugwi wa vitalo fc ko atakibarizwa muri uyo mugwi

Nkuko rero amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha bagenzi bacu ba burundisport avuga ko uyo mukinyi mac Arthur atakibarizwa muri uyo mugwi ya vitalo,o fc,ikinyamakuru cacu kikaba cagerageje kurondera uyo mukinyi kugira ngo aduhe umuco ariko tukaba tutashoboye kumuronka,tukaba tubemereye ko tugiye kumubaronderera kugira aduhe umuco ko koko vyoba arivyo ko atakibarizwa muri uyo mugwi wa vitalo’ o fc

Tworangiza tubamenyesha ko Mac Arthur ko ariwe yatahukanye agashimwe k’ umunyegori mwiza mu mwaka uheze kandi ko ari umikinyi akundwa cane mu bakinyi bose bakina hano mu gihugu c’ uburundi

Must Read

Léonce Ngendakumana avuga ko Perezida Ndayishimiye yabeshe muri ONU ko...

0
Ivyo umukuru w'igihugu c'uburundi Varisito Ndayishimiye yashikirije mu nama ya bose ya ONU igira 77 aho yavuga ko agateka ka zina muntu kubahirijwe mu...