Arakaza Mac Arthur yoba afise umukunzi?

0

Umunyezamu w’umugwi wa Vitalo n’umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu rugamba Arakaza Mac Arthur yoba asigaye ari mu rukundo nkuko muri ino minsi bisigaye biboneka ku mbuga ziwe za whatsap na instagram aho usanga ashirako ama photo arikumwe n’umwigeme bivugwako boba barikumwe mu rukundo muri kino gihe.
mac arthur n'umwigeme
Nyuma yo kubona ayo ma photo ikinyamakuru canyu ubmnews.com carashoboye kumurondera Mac Arthur kugira ngo atange umuco ariko tukaba twarashoboye kumukena kuko muri ino minsi bigoye cane kumuronka kuko ariko aritegurira urukino rukomeye cane ruzoba w’igenekerezo rya 5/9/2015,urukino ruzohuza Intamba mu Rugamba n’umugwi wa Niger.
mac arthur
Ikinyamakuru canyu ubmnews.com kikaba kibemereye ko kigiye kubandanya kibaronderera Arakaza Mac Arthur kugira ngo ashobore gutanga umuco.
Ama photo y’Umwigeme bivugwako ari mu rukundo na Mac Arthur
umwigeme bivugwako ari mu rukundo na mac s