UBM News ads UBM News ads
Monday, July 22, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

America : Umupasitori bamufunze kubera gufata kunguvu umwana w’imyaka 13 mugikoni c’urusengero.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Muri Reta ya Alabama mugace ka Jefferson (U.S.A), Tyrone Banks afise imyaka 58 yatawe mumvuto azize icaha gikomeye cogufata umwana w’imyaka 13 kunguvu mugikoni c’urusengero.

Amakuru dukesha ikinyamakuru yourjewishnews , Banks yajanye uwo mwana murusengero avugiramwo ubutumwa,isengero riri hafi ya Hueytown , hama aca aramujana mugikoni ,aca aramukorera ivyamfurambi.

Icaha Banks akurikiranwa nuko igihe Banks yaheza kumukorera ico caha kigayise uwomwana yaciye amwirukana , amwana igihe yashika imuhira yaciye avyiganira mama wiwe,hanyuma mama wiwe niwe yaciye abivuga muri polisi.

Muri amerika siho honyene havugwa inkuru nkiyo ,vyarashitse no muri Nigeria aho umupasitori yitwa Johnson Uneabunso asanzwe atanga ubutumwa mw’ishengero ryitwa ( Truth and Salvation Ministry ) yatawe mumvuto akurikiranywe n’icaha cogusambana n’umwana w’imyaka 12.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments