Amatora 2015 | Umukuru w’igihugu c’Uburundi yamaze gutora

0

Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza yaramutse uno musi aja gutorera i Buye mu ntara ya Ngozi aho asanzwe avuka ku biro vy’amatora vyo kwishure shingiro ryaho nyene.

Nkuko bisanzwe bimenyerewe umukuru w’igihugu yama aja gutora aherekejwe n’umutambukanyi wiwe, we ari kw’ikinga ariko umutambukanyi wiwe n’abana biwe kenshi bari ku maguru nkuko vyabonetse igenekerezo rya 29 ruheshi mu matora y’abajenama b’ama komine hamwe n’abashingamateka.

11749792_909295605810857_263400998_n 11780541_909295622477522_1049206973_n 11774440_909295625810855_1237611142_n CKbPtcqUYAAy35g