UBM News ads

Amateka ya Bunyoni aratangaje ! i Gitega aracunzwe bimwe bikomeye.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mwite Maréchal, général Full, Mutama2, Mwalabu , Gifyoti ( yabatijwe na Mbayahaga)ico cose ushaka ariko kiretse amateka yubatse akagira ubwiherero bw’inzahabu, akaryosha isi ariko hari n’ayandi mateka yubatse kandi atawundi azoyubaka. Général yahungiye kwa Nyumbakumi. Nta n’uwundi général Full afise ibigenda n’ibitagenda imbere no hanze mu gihugu azohungira ku mugabo yiraririza icumu.

Ahari mu Bitaro i Gitega aracaremvye, agwajwe n’umukenyezi wiwe n’abana biwe. Icumba ciwe kiracunzwe cane abapolisi barenze 10. Abaganga bakabuhariwe mu ngwara zoguhema n’ibo bariko bamukurikirana . Aha n’uwize araminuza ivy’ihahamuka afadikanije n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU baramugendera buri ndwi.

Benshi ngo ingero y’icaha ni urupfu, Maréchal abamusabira basaba umukuru w’igihugu ko yomutezurira ko n’urumwishe si ruto. Ubu aratanguye kuvuga ariko arongorera . Ico munsi y’igitanda kwinyegezayo vyatanguye kugabanuka ko n’utuguvu si ikirenga.
Aha turi har’abandi twese tuzigendera , Apotre Mbayahaga yarakwiye gusimba kumusengera ko yari umugenzi wiwe wakadasohoka igihe y’ugurura canke y’injira inzu yiwe yita ko ari ikirimba kiri mu Busoro. Apotre niwe yahasengera yirukana amadayimoni mw’izina rya Yesu. Ubu rero aramukeneye gusumba kirya gihe mugabo sinziko bizomukundira ko yamwise igifyoti ko atabami baba amahasa. Burya Apotre abitse amabanga menshi , Imana imuzigame azobituyagire muri kazoza.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments