Amasanamu y’indirimbo SISOMEKI ya B-FACE na DOUBLE JAY agiye kuja ahabona.

0

Amasanamu y’indirimbo SISOMEKI ya B-FACE na DOUBLE JAY agiye kuja ahabona nkuko B-FACE yashoboye kubimenyeha ikinyamakuru canyu ubmnews.com
B
B-FACE akaba yamenyesheje ko ayo masanamu azoza ameze neza kandi ko yizeye ko abantu benshi bazoyashima kuko ari amasanamu yakozwe mu buhinga budasanzwe.
B2
Twobamenyesha ko amasanamu y’iyo ndirimbo yakozwe n’umuhinyanyuzi akomeneye cane hano mu Burundi.