Amasanamu y’indirimbo Amarira ya POP-G agiye kuja ahabona.

0

Umuririmvyi w’umurundi Pop-G agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo yiwe yitwa Amarira nkuko yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu Ubmnews.com mu kiganiro twagiranye nawe kuri uno munsi igenekerezo ryta 9/8/2015,Pop-G akaba yatumenyesheje ko amasanamu yiyo ndirimbo ko yayafatiye mu gihugu c’ubutariyano ayandi nayo akayafatira mu gihugu c’uburundi.
po
Umuririmvyi POP-G akaba yatumenyesheje kandi ko aherutse gusinya amasezerano n’inzu ihinyanyura amasanamu yitwa IGICAPO, ayo masezerano akazotuma pop-G ahungukira vyinshi mu bijanye nakazi kiwe k’umuziki nkuko yashoboye kubitubwira.
popg
Kubatazi pop-g twobamenyesha kwari umuririmvyi asanzwe aririmba mu mudiho wa HIP HOP,akaba yamenyeshanye cane mu mugwi Wanavesi Kikos aho murri uyo mugwi yarikumwe n’ibihangange nka SAT-B.