Amasanamu y’indirimbo Amarira ya Pop-G agiye kuja ahabona

0

Amasanamu y’indirimbo Amarira y’umuririmvyi Pop-G agiye kuja ahabona nkuko uyo muririmvyi yashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews mu kiganiro twagiranye nawe.
pop wow
Ayo masanamu akaba ariko akorwa n’umuhinyanyuzi akomeye cane mu Burundi mu bijanye no gukora amasanamu,umuhinyanyuzi Prince Mushindi asanzwe akorera inzu ihinyanyura amasanamu y’Igicapo.
pop

Aya namwe mu mafoto azoba ari muri ayo masanamu y’indirimbo Amarira.
pop2 pop3 pop4 pop5 pop6 pop7