Amasanamu KUBALI ya AKESS igiye kuja ahabona.

0

Amasanamu KUBALI ya Akess professor agiye kuja ahabona muri ino ndwi nkuko abegereye uyo muririmvyi Akess bashoboye kubimenyesha ikinyamakuru canyu ubmnews.com
akess
Kubali akaba ari amasanamu azoba aje akurikira amasanamu y’indirimbo TAM TAM,amasanamu yakunzwe cane hano mu gihugu c’uburundi.
akess 2
Twobamenyesha ko ayo masanamu niyaja ahabona muzoyasanga ku kinyamakuru canyu ubmnews.com