Amagara ya Sal-G ntiyifashe neza muri kino gihe

0

Umuririmvyi w’umurundi Sal-g Gihozo muri kino gihe ubuzima bwiwe ntibwifashe neza,akaba abarizwa mu bitaro kwa Roganti kuva ku munsi w’ejo igenekerezo rya 24/10/2015
sal-g fou
Sal-G akaba agwaye ingwara yo mu mutwe,ingwra imaze iminsi afise kuvaho aviriye mu gihugu ca kenya.
Nyuma rero yo kuva rero ko Sal-G ari mu bitaro abaririmvyi batandukanye baragiye kumuraba aho ni nka Lolilo,loliane,jay fire n’abandi
sal-g
Tworangiza tubamenyeshako Sal-G yamenyekanye kubera indirimbo No Love