Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsAmafoto adasanzwe yerekana Lolilo hamwe n'umukunzi wiwe bari mubihe vyiza yagiye ahagaragara...

Amafoto adasanzwe yerekana Lolilo hamwe n’umukunzi wiwe bari mubihe vyiza yagiye ahagaragara ” Raba hano

loliane

Abantu benshi bibaza yuko iyo utwawe n’umusani canke se n’umuririmvyi rurangiranwa, ko kenshi atarukundo nyarwo rushobora kuba hagati y’abakundana ariko k’umuririmvyi Lolilo hamwe ‘umugore wiwe Loliane siko bimeze kuko uravye iminsi bamaranye, bo ubwabo babandanya bereka aba fans babo ko bafitaniye urukundo rukomeye ndetse ko banezerewe n’ukundo rwabo.

lolilo

Amakuru yizewe UBM News duhabwa na bamwe mubagendana nuno muririmvyi akunzwe cane mu Burundi , bo batubwiye yuko Lolilo hamwe n’umugore wiwe ko akenshi baba barikumwe, haba mubiteramo lolilo aba yakoze hamwe n’ahandi henshi ngo umugore wiwe yama yahashitse, aho ngo ni murwego rwo kumushigikira.

Raba hano amafoto yerekana Lolilo hamwe n’umugore wiwe barikumwe bose bafise umunezero udasanzwe.

lizzo

lololilo with diamond

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments