Umuririmvyikazi mukunda muri benshi azwi kwizina rya ” Channy Queen ( aka Chanella ) , amafoto adasanzwe aheruka gushira kubuhinga ngurukanabumenyi akomeje kuvugisha abantu benshi cane aho bamwe bavuga ko aberewe ariko abandi bakavuga ko ivyo yakoze bitajanye n’akaranga k’abarundi.
Nkuko biboneka muri bamwe muba Fans biwe bakurikarana ibikorwa akora, benshi bemeza ko ataco bitwaye ndetse ko impuzu yambaye zimubereye ariko abandi bo siko babibona kuko bavuga ko yarengeje mu kwambara.
Freud Eva Baseme kuciyunviro ciwe yagize ati : Lakini Unapitiliza Dada ! Yaani Naona Desturi na Mila Kaweka Pembeni
Recent Comments