UBM News ads
Wednesday, November 29, 2023
No menu items!
UBM News ads

Aline vyuka ari mumubabaro udasanzwe ” Ngiki hano ikintu kimubujije amahoro

Umuririmvyikazi afise indirimbo zikunzwe cane hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Aline Vyuka, muri kano kanya afise umubabaro udasanzwe nyuma yo kwunva inkuru ibabaje yurupfu rwuwahora ari umuhinyanyuzi akomeye cane mu gihugu cu Burundi ( Dr Jack )

aline vyuka

Nkuko uno muririmvyikazi yavyivugiye, we yavuze ko bibabaje cane kubura umuntu nka Dr Jack naburya ko atanumusi numwe tuzosubira kumubona kwisi, ikindi naco yagiriyeho amusabira ku Mana ko yomwakira mu bwami bwayo bwo mwijuru.

Aline Vyuka yagize ati : Birababaje cane kubura umuntu nka Dr jack tutagisubira kumubona, u Burundi bubuze intwari mu music , ntawo narinzi ariko wumvirije indirimbo yahinyanyura yari intwari mu music wacu eka nahandi hose numva mbabaye cane, Imana imwakire , kuko aha kwisi atari iwacu twese duhaca turengana . R.I.P Dr Jack

Dr Jack

UBM News twobibutsa ko uno muhinyanyuzi Dr Jack ko yari umwe muba Producer bakomeye cane mu Burundi, ishingurwa ryiwe ryo kumusezera ubwanyuma rikaba ryabaye uyu munsi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments