ALICE KEZA YARAYE ASINYE AMASEZERANO YO GUKORANA NA ISANGI LABEL.

0

Umuririmvyikazi w’umurundi Alice KEZA yaraye asinye amasezerano yo gukorana na ISANGI LABEL aho asanze muri iyo LABEL uwundi muririmvyi w’umurundi Landy GATEKA.

alice keza

Alice KEZA akaba yaragaragaje umunezero wiwe amaze gusinya amasezerano niyo LABEL Aho yavuze ko bagiye kumufasha kugira umuziki wiwe utere imbere.

keza

Twobamenyesha ko Alice KEZA ari umuririmvyikazi yamenyekanye kubera indirimbo yiwe yitwa IZINA RYANJE