Alex Sinduhije ahamagarira abakora imyiyerekano kwongereza inguvu zo kurwanya ikiringo ca 3 ca Petero Nkurunziza.

0

alex-sinduhije

Umwe mubanyepolitike atavuga rumwe nubutegetsi , Alex Sinduhije ahamagarira abakora imyiyerekano ko bokwongereza inguvu zo kurwanya ikiringo ca 3 ca Petero Nkurunziza kuko ngo kiza gihonyanga ibwiriza shingiro.

Raba hano Video